Abakorera mu gisata c'ugutwara abantu n'ibintu mu gihugu ca kenya batanguye imyiyerekano yo guhagarika ibikorwa vy'ubwikorezi bwa rusangi mu kwiyamiriza iduga ry'ibiciro vy'ibitoro riheruka gushirwaho…
Mu myaka iheze, igitigiri c’urwaruka ruheza amashure mu Burundi cariyongereye cane. Buri mwaka, amashure ya kaminuza, ay’imyuga hamwe n’ayisumbuye arasohora urwaruka rwinshi rufise indoto zo kwinjira mu buzima bw’akazi mu…
Mu rukino rukomeye rwa El Clasico, FC Barcelona yaraye itsinze ibitsindo 2-0 ironka igikombe ca Laliga cabereye muri gihugu ca Espagne ku ncuro igira 29. Marcus Rashford niwe yatanguye kwugurura amazamu ku mupira ukunze…
Hahimbazwa mu Burundi kuri uyu wa 9 rusama 2026, umusi mpuzamakungu wahariwe abanonosoye ibijanye n'amagara y'abavyeyi n'ibibondo "sages femmes". Emelyne IYIZIRE arongoye ishirahamwe…
Mu gihe benshi bavuga ko ubuzima bugoye kandi ko kuronka akazi bitoroshe, hari urwaruka ruriko rwerekana ko gwihangana. Kugira intumbero no gukora cane bishobora guhindura ubuzima. Umusore yitwa Eric Ndayishimiye aba mu…
Mu Burundi no mu karere ka Afrika y'ubuseriko, ubucuruzi buriko buraba inkingi y'iterambere ry'ubutunzi n'ukwitunganiriza imigambi. Ariko n'aho hari amahirwe menshi, abenshi bama batangura ubucuruzi…
Perezida wa repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo Félix Tshisekedi, yavuze ko ashobora kwemera kwiyamamaza mu gihe yoba asabwe n'abanyagihugu ko yokwongera gutwara ico gihugu mu kindi kiringo ca gatatu. Mu…
Umugabo umwe yahora aba mu gace kagira kane ico bita cellule muri karitiye Gisyo ya zone Kanyosha muri komine Mugere mu ntara ya Bujumbura yari yakorokeye mu kimanga gishikiramwo amazi y'imvura n'amazi mabi ava mu…
Umukuru w'Igihugu ca Kenya William Ruto yashimiye Sebastian Sawe yerekana ko instinzi yaronse ari ikimenyetso c'ukwihangana agirako aramushikiriza ku mu garagaro ibendera ry'ico gihugu ca kenya ku biro…
Umutegetsi wo muri White House yatangaje ko Perezida Donald Trump ashigikiye ubuyobozi bw'igipolisi kirinda abakuru b'ibihugu "Secret Service" inyuma y'iraswa ryabereye muri hoteli i Washington DC ku…
Kurungikira amafaranga umunywanyi akoresha umuhora canke ibanki itandukanye n'iyo urimwo biciye kuri telephone ubu birashoboka muri BurundiPay, ubuhinga bushsha bwatangujwe n'ibanki nkuru y'igihugu BRB, i…
Umukuru w'ibiro bishinzwe gutohoza ivyabaye bijanye n'ihungabana ry'umutekano imbere no mu gihe c'amatora rusangi yo wu 29 Gitugutu muri Tanzania, umucamanza Mohamed Chande yamenyeshe ko vyoba vyiza cane…
Ku wa 28 Ndamukiza, Leta y'Uburundi izotanguza isekeza ry'igihugu ry'ugucandaga abantu indwara ya kanseri yo mu mugitereko ku bakobwa. Iryo sekeza, rizomara imisi itatu, ryerekeye abakobwa bafise imyaka 9…
Evariste Ndayishimiye, Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yamaze gushika muri Burukina Faso. Agishika ku kibuga c'indege co ku murwa mukuru Ouagadougou, yakiriwe na mugenzi we Capitaine Ibrahim traoré. Traoré…
Igihugu ca kenya caraye gitangaje kw'iduzwa rikomeye cane ry'ibiciro vy'igitoro. Ni mu gihe ritigeze ribaho mu mateka y'ico gihugu, bikaba bishobora kugira ingaruka mbi ku bindi bihugu bibanyi bisanzwe…
Inama nshingamateka iratewe impungenge n'uko bimwe mu binyobwa bihingurirwa mu Burundi vyoba bidakwije ubuziranenge, bigatuma amagara y'abavyihereza asinzikara. Inama nshingamateka ivuga ko bimwe mu binyobwa bigizwe…
Inyuma y'ibipimo vyavugwa ko biriko birakorerwa muri INSP ku ngwara idasanzwe yadutse muri komine Mpanda imaze no guhitana abantu, ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bwaraye butangaje ko ibipimo vyabwo…
Abakozi bo mu ruganda ruri kw'ibarabara bitiriye avenue rusama ku nzu igira kabiri nko kubirometero 30 uvuye kw'ibarabara rikuru ry'igihugu inomero 3, Bujumbura-Rumonge, baridogea abakoresha babo. Uhashitse…
Intunganyo nshasha igamije kwegereza ubutungane abanyagihugu irakengurukwa ariko ikongera igatera amakenga nkuko vyemezwa n’abanyagihugu bo muri komine Makamba, mu ntara ya Burunga. Hari abashima ko ingendo zizogabanuka,…
N’ubwo itegeko rishiraho Sentare z’intango n’izo igihugu ari ryiza mu ntumbero yo kwegereze ubutungane abanyagihugu, haracariho agahaze kugira zitunganirize neza abarundi. Vyashikirijwe n’umuhuzabikorwa w'ishirahamwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.