Big Fizzo aranegura ingeso zimwe zimwe ziboneka mu baririmvyi yareze mu mugwi Bantu bwoy akaba atarya umunwa mu kuvuga KO batakimuha na yambu. Mugani Desire asanzwe ariwe nyene inzu ihinyanyura umuziki "Bantu…
Umuririmvyi “Mutama wubuki” azwi kw’izina rya ´Easy Boy ni we akunda kuvuga ngo “ubuntu burihabwa”, kandi ngo “kuguma uboneka mu bibanza vyinshi vyica akazi”. Amenyesha ko kugira umuziki ndundi ushike kure, ari ukuraba ivyo…
Harategekanijwe urukino rwo kwibuka amateka y'umumenyereza Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé yamenyereje ikiringo kitari gito Vital'o FC n'imigwi itari mike mu Rwanda muri kino asanzwe akitswe…
Umugwi Messager Ngozi uvugako wakoresheje imiliyoni 201 506 000 mu gice co gutangura,muri ayo,ayangana n'imiliyoni 60 280 000 mu mafaranga y'amarundi niyo yakoreshejwe mu gihemba abakinyi b'uwo mugwi. Nubwo…
Igisata kijejwe gutunganya amahiganwa mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru FFB camaze kumenyesha abayobozi b'imigwi ko igice ca kabiri c'ihiganwa rikuru rya Primus League Burundi 2024-2025 kigiye…
Imirima igizwe n'ibiraya hamwe n'ibiyoba iri ku mitumba ya Rongero na Birongozi muri komine n'intara ya Rutana y'umurundi asanzwe aba mu gihugu ca Canada yarasahuwe iyindi ironeshwa,agasaba abarongozi…
Umuririmvyi w'umurundi Gaël Manirampa aririmba akoresheje umudiho wa Raggaae avugako umurasita arangwa n'urukundo akarangwa n'ubutungane.Uyo muririmvyi aririmba mu rurimi rw’icongereza aranavuga ko ubutumwa…
Saido ntibazonkiza inyuma yo gutandukana n'umugwi Simba SC wo mu gihugu ca Tanzaniya hamwe na Young African's, ariko avurwa mu mugwi uduze mu cicaro ca mbere uno mwaka w'inkino wa 2024-2025. Umugwi KenGold niwo…
Bamwe mu Bashingamateka b’abarundi baranegura amasezerano ari hagati ya leta y'uburundi n'ishirahamwe Sotrevo Mining Company limited rigiye gucukura ubutare bw'i Murehe mu ntara ya Kirundo. Mu gihe Sotrevo…
26Life iryo zina ryatangujwe n'uwitwa Jules Irankunda umurundi asanzwe abarizwa muri l'ETA zunze ububwe za Amerika,haraciye hafi imyaka ibiri barangura ibikorwa vyo gufasha abaririmvyi babifatanije nivyo gufasha…
K'umutumba Gihungwe, zone Gihanga intara ya Bubanza kizigenza w' Intamba mu Rugamba Nsabiyumva Frédéric batazira Feré yaratanze ifashanyo ku miryango irenga mirongo 50 ya bantahonikora yongera asangira NOWERI…
Bamwe mu banyagihugu bo mu gacimbiri Gihora ku mutumba Tenga local komine ya mutimbuzi intara ya Bujumbura bavuga ko barajwe ishinga n’ikena ry’amazi meza.Abo banyagihugu bashikiriza ko bikora ku mazi y’inzuzi mu gihe…
Ubugenduzi bw'igipolisi basavye abatwara uburere bw'igipolisi kuzohana abaduza ibiciro. Musitanteri wa komine Ntahangwa we yugaye ubunywero 33 bwo mu gisagara ca Bujumbura butubahiriza ibiciro vyashinzwe na Reta.…
Umuririmvyi w'umurundikazi azwi kw'izina rya Natasha, ni we avuga ko urukundo ari rwo rushikana umuziki kure, kuko n'abaririmvyi bo mu bindi bihugu bashika kure kubera gukorera hamwe. Umuririmvyi Natachs…
Buri kwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA rirashira ahabona uko ibihugu bigenda bisumbasumbanya amanota. Kuri urwo rutonde, ubu Uburundi bwagumye mu kibanza bwahoramwo c’i 139. Urwo rutonde rwashizwe ahabona…
Imyaka ishika kuri 10 irakwiye abanyagihugu baba k’umutumba Matongo muri komine Matongo intara ya Kayanza aho bita “kwizamu” bemerewe umuyagankuba ariko bakaba batarawuronswa.Uburongozi bwa komine Matongo buremeza ko ishirwa…
Umumenyereza w’umurundi Joslin Bipfubusa ntakiri umumenyereza w’umugwi Kiyovu Sports usanzwe ukina mu c’icaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda .Zimwe mu mvo hakaba hoba harimwo ko mu misi iheze hari amafaranga uwo mugwi wahaye…
Vinicius Junior ndetse na Aitana Bonnati ni bo bakinyi batowe nk’abakinyi beza kurusha abandi mu mwaka wa 2024, mu bushimwe bwa FIFA bwaraye butangiwe i Doha muri Qatar, kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 17 kigarama 2024.…
Uwahoze ari Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukiragihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije abandanya avyitwaramwo neza mu gihigu ca Kenya aho asanzwe amenyereza umugwi Police Fc .Umugwi wiwe akaba yawusanze…
Abakorerabushake 14 bo muri komine Nyabitsinda intara ya Ruyigi bishuza ibiro vy'indero hamwe na komine ubwayo amafaranga bita "ay'agasabuni"angana n'imiriyoni 3 mu mafaranga y'amarundi bemerewe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.