Umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri. Umuvugizi w'uwo mugwi amenyesha ko biteguye kuduga ikibanza ku rutonde ngaruka kwezi rw'ishirhamwe mpuzamakungu FIFA. Bamwe mubagize umugwi…
Haraheze ikiringo kirenga umwaka amabarabara y’igihugu nomero 13 na 21 yose aca mu ntara ya Cankuzo yononekaye gusumba ukwo yahora kuko ibiraro vyabomotse bitarashobora gusanurwa, ivyo bigatera amakenga ko bishobora kugwiza…
Bamwe mubavyeyi baba mu ntara ya Gitega komine Gitega bavugako ibibanza berekeramwo amareresi hamwe n'inkino z'umupira wa maguru bisamaza bamwe mu gwaruka bigatuma bamwe basiba ku mashure bagakatira kuraba izo…
Ihiganwa mpuzamakungu ryo gusiganwa ku makinga ry’abigeme ku ncuro ya 4 rigiye kubera mu ntara zigize igihugu c'Uburundi, muri iryo higanwa rizoba ryitabiriwe n'ibihugu 10 muri 15 vyari vyitezwe mu gihugu…
Abarimyi bo mu ntara za Cankuzo na Ruyigi baridogera ishirahamwe rihingura ifumbire FOMI ko ritariko rirabaronsa ifumbire mu gihe bicaranye udutike umushikirangaji w'uburimyi arahumuriza abo barimyi ko bagiye kuronswa…
Abaririmvyi bahurikiye mu mugwi Billiman Boys ari Double jay na Kirikou- Akili inyuma yaho habaye ukutumvikana n’umuhinyanyuzi Dj Paulin, babandanya bakora akazi kabo ko guteramisha abakunzi babo mu gukora ibiteramo iburaya.…
Bamwe mubanyagihugu bo ku musozi Gasenyi muri komine ya Rango intara ya Kayanza bavuga ko ubukene bw'umuyagankuba w'ishirahamwe bumaze hafi amezi abiri butuma hari imwe mu mirimo yahagaze.Abo banyagihugu basaba…
Mukeshimana Edwige est une femme maçonne de la commune Kanyosha, province Bujumbura. Le choix de ce métier est venu de sa résolution à changer la situation de précarité de sa famille et subvenir aux besoins vitaux de ses…
Née à Bujumbura et mariée depuis 20 ans à Muyinga, Nzeyimana Josiane est mère de 4 enfants, deux garçons et deux filles. Sentant le besoin d'apporter sa contribution au foyer et de soulager son mari du poids financier,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.