Le corps sans vie d'un homme d'une cinquantaine d'années a été découvert dans l'après-midi de ce dimanche dans un boisement d'eucalyptus situé en ville de Kayanza, en contrebas de l'église…
Mu ntumbero yo gukomeza umutekano mu masoko no gukinga imiriro imaze iminsi yibonekeza, Buramatari w’Intara ya Bujumbura, Aloys Ndayikengurukiye, yarakoranije kuri uyu wa 27 Mukakaro 2026 abarongoye amakomine agize iyo ntara,…
Ni igiki koko cabaye mu nkambi y’impunzi z’abakongomani ya Busuma muri ino ndwi ? Reta hamwe n’izo mpunzi basigura ugutandukanye ivyabaye ku wa 22 Mukakaro 2026. Impunzi z’abakongomani ziri mu nkambi ya Busuma zivuga ko…
Reta ya Sudani y’epfo yatangaje ko yatanguye gushira mu ngiro itegeko ry’umutekano wo kuri internet, igikorwa ivuga ko kigamije gukomeza kugenzura no kurinda ibicishwa ku mbuga ngurukanabumenyi muri ico gihugu. Ariko…
Perezida wa Ukraine Volodymyr Zelenskyy yakuye umushikiranganji wo kwivuna abansi Mykhailo Fedorov, inyuma y’amezi atandatu yari amaze muri ayo mabanga. Ukwirukanwa kwiwe kwarateye imvururu nyinshi mu gihugu, cane cane kubera…
Abarenga ibihumbi 53 birukanwe mu gikorwa gikomeye co gucungera no gusuzuma abanyamahanga batagira ivyangombwa bibemerera kuba muri Afrika y'epfo. Leta ya Afrika y'epfo yatangaje ko ico gikorwa kiri mu ngingo…
Umuriro ukomeye cane wadutse mu kibira ca Fontainebleau, kiri mu bumanuko bushira ubuseruko bw'umurwa mukuru w'Ubufaransa, Paris, watumye inzego zijejwe umutekano n’ugutabara mu bihe vy'ibiza n'isibe…
Abakuru b’ibihugu bigize ishirahamwe NATO bahuriye i Ankara, umurwa mukuru wa Tirikiya kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 7 Mukakaro 2026, mu nama ikomeye yo kwihweza ibibazo vy’umutekano, ingene bofasha Ukraine hamwe…
Mu gihugu ca Tanzania, umutekano wongerejwe cane mu bisagara bitandukanye, cane cane mu murwa mukuru w’ubutunzi Dar es Salaam, imbere y’igenekerezo rya 7 Mukakaro 2026 bita Saba Saba mu rurimi rw'igiswahili mu gihe…
Nk'uko amakuru aheruka gutangwa n'abategetsi ba Ukraine abivuga bari batanganjeko hamaze kw'itaba imana abantu 5 ariko gushika ubu hakaba hiyongereyeko ibindi bitigiri vy'avyabahitanwe n'ibitero…
Leta ya Uganda yatangaje ko yatanguje umugambi wo gukura amajana y'abanyagihugu bayo baba muri Afrika y'epfo, inyuma y'aho ubwicanyi n'urwanko vyugarije abanyamahanga vyongerekaniye, bugahitana…
Ubushuhe burenze bwugarije umugabane wa Buraya burateye ikibazo gikomeye. Mu Bufaransa, bwarengeje degré Celsius 44 mu bice bimwe bimwe vy'igihugu. Abantu barenga 40 bamaze kwitaba Imana. Benshi muri bo bakaba bapfiriye…
Mu gihe intambara hagati ya Ukraine n'Uburusiya ikomeje kwiyongera, Ukraine yongereje ibitero ikoresha indege zitagira abazitwara, "drones", n'ibindi bikoresho vya gisirikare mu karere ka Crimea, kari mu…
Reta zunze ubumwe za Amerika na Iran bateye intambwe nshasha mu biganiro bibera mu Busuwisi, bifise intumbero yo kugabanya ukutumvikana kumaze amezi meshi guhungabanya umutekano wo mu buseruko n'ubutunzi bw'isi.…
Mu gihugu ca Afrika y'epfo, abimukira bava mu bindi bihugu vyo ku mugabane wa Afrika bamaze igihe baba muri ico gihugu bariko barashikirwa n'ingorane zikomeye zituruka ku bitero vy'urwanko rukorerwa…
Le président de la PARCEM, Faustin Ndikumana, affirme avoir été la cible d'une tentative visant à l'impliquer dans une affaire de détention illégale d'armes à feu. Lors d'une conférence de presse tenue…
.Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, bivugwa ko yagiranye ikiganiro gikomeye kandi c’amatati n’Umushikiranganji wa mbere wa Isirayeli, Benjamin Netanyahu, ku bijanye n’ukwiyongera kw’ibitero vya gisirikare…
En date du 25 au 29 mai 2026, la ville de Bujumbura a accueilli la 61ᵉ réunion du Comité consultatif permanent des Nations Unies chargé des questions de sécurité en Afrique centrale (UNSAC). Cette rencontre a réuni des…
Umugabo umwe yahora aba mu gace kagira kane ico bita cellule muri karitiye Gisyo ya zone Kanyosha muri komine Mugere mu ntara ya Bujumbura yari yakorokeye mu kimanga gishikiramwo amazi y'imvura n'amazi mabi ava mu…
Un différend conjugal lié aux travaux agricoles a viré à la violence dans la province de Burunga, où une femme a été arrêtée après avoir blessé son mari à la machette, dans la nuit de dimanche à lundi. Une femme a été…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.