DivertissementKirundiSociété

Zimwe mu mpunzi z’abarundi zahora mu gihugu ca Tanzaniya zibandanya guhunguka

Abatundi bahora mu gihugu ca Tanzaniya bariko barahunguka barashima ukuntu bakirwa mu kibano.

Ni ku mutumba wa Muka uri muri zone Bumba muri komine Gisagara mu ntara ya Buhumuza ni ku mupaka ni gihugu ca Tanzania uriko urahaja nta kilometer gihari kugira ushike muri iyo misozi ya kakonko District ya kibondo mu ntara ya kigoma muri Tanzania.

Abatari bake mu barundi bariko barahunguka baca baza muri iyo zone na cane cane kuri uwo mutumba wa Muka ,uwo mutumba ukaba ufise ico wisangije .

Uwurongoye uwo mutumba wa Muka amenyesha ko benshi sa baho nko kubantu baba kuri uyo mu tumba ugereranije n’abantu baba baravutse ngaho n’abantu bavuye ahandi nkibice 90%canke birenga,uvuze uwuva karusi niho umusanga,rumonge,cibitoke bose bari aho kandi kubwinshi na jewe nturuka mu ntara ya Butanyerera,bamwe muba hunguka baza ngaho bakwirikira abo basanzwe bazi bahaje imbere yabo.

Umwe mubahungutse amenyesha ko we yashimye kwahunguka agahungukira  kuri uyo musozi nayahandi we avuka mu ntara ya Ngozi kuko we abonako amatongo yaho mu gihugu C’uburundi yamaze kwaga acashima kuza ngaha ku mupaka kubera bivanye nico gihugu kibanyi ca Tanzania usanga hariyo uburonderero buruta ubwo hagati ,hariya mu gihugu hari igihe usanga umuntu afise nkudu faranga ushobora kuja gukotesha ugasanga baraguhaye ikivi ukarimamwo.

Uwundi mu nyagihugu ari muri abo bahungutse we avuga ko avuka i karusi muri kimone gihogazi bivanye nuko Tanzania iri hafi y’iki gihugu urashobora kurondera ubuze ngaha ugaca ujabuka aho hakurya nubwo we abonako bigoye ariko umuntu bikunze nyene agasimba nyene akatuzana.

What's your reaction?

Related Posts

WP Radio
WP Radio
OFFLINE LIVE