Kizigenza w’intamba mu rugamba Nsabiyumva Frederic Ntazoboneka mu nkino 2 Uburundi bwimirije gukina n’igihugu ca Kenya hamwe na Gabon muri kuno kwezi kwa Gitugutu. Ku musi wa mbere niho umumenyereza w’intamba mu rugamba…
Iyo ubworozi bw'imbata bukozwe neza buratuma haboneka kare inyungu nk'uko bamwe mu bazororeye mu ntara ya Bujumbura bavuga. Imbata ziri mu bitungwa biguruka bidakunze guterwa n'indwara. Urbain Kwizera ni…
Abanyagihugu bo muri karatiye ya Kamesa barashima ko basubiye kuronka amazi inyuma yaho igikono cari camenetse gisubirijwe. Uwu agira ati: "Ico kigira kabiri, ica mbere caramenetse aha ndiko ndarengana ayo mazi…
Umumenyereza w’umugwi Aigle Noir Jimmy Ndayizeye co kimwe n’uwujejwe kwongereza inguvu mu mugwi Aigle Réverien Mbanzendore ndetse n’abakinyi ba Aigle Noir Cs bose baheruka gutumwako mu mugwi nserukira gihugu w’Uburundi…
Umugwi Muzinga Fc wahagaritse umuvuduko umugwi Aigle Noir Cs wariko mw’ihiganwa rya Primus League. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 01 Gitugutu 2025 igihe c’isaha icenda ( 15h00) ku kibuga citiriwe Intwari aho umugwi…
Inyuma yo gukina inkino zibiri z'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba mu bigeme batarenza imyaka 20 akazitakaza zose imbere y'umugwi nserukira gihugu wa Zambiya, aho urukino rwa mbere yatsinzwe n'ico…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF ryaraye rishize ahabona abahagarikizi bazohagarikira urukino rwo kurondera itike y’igikombe c’isi c’umwaka wa 2026 ruzohuza umugwi nserukira gihugu w’Uburundi intamba mu…
Mu bidandazwa vyemerewe guca ku mupaka wa Gatumba, ibitoro ntivyemerewe kuhaca. Nk'uko biri mw'itangazo ryasohowe n'ikigo c'igihugu kijejwe kwegeranya amatagisi n'amakori OBR, birabujijwe ko ibitoro…
Amafaranga angana n'ibihumbi mirongo icenda vy'amadorari ya Amerika niyo ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB yahawe n'ishirahamwe 1xbet. Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryagiraniye…
Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Patrick Sangwa Mayani yashize ahabona abakinyi 26 azokwifashisha mu nkino zibiri zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi c’umwaka wa 2026. Uburundi bwimirije gukina n’igihugu ca Kenya…
Ukuvura abana bavukanye indwara z'umutima birashoboka mu Burundi mu bitaro vy'igisirikare co mu Kamenge. Muganga yanonosoye kuvura indwara z'umutima akaba arongoye n'ivyo bitaro Marc Nimburanira amenyesha…
Uwurongoye umugwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega Kazohera Vénérend yaraye yemereye agashimwe k’imiriyoni 50 z’amarundi abakinyi biwe ndetse na Staff mugihe bokuramwo Al Akdhar yo muri Libia mu rukino rwo gusubiriza…
Ibitabo vy'abanyeshuri bingama n'amajana 777 vyo mu mashure shingiro ya Gahahe na Bwari muri zone Kayanza komine kayanza intara ya Butanyerera vyaribwe kuva mw'ijoro ryo ku musi wa gatanu w'indwi iheze…
Ni irya mbere umukinyi w’umurundi akinira umugwi nserukira gihugu agiye guhura mu kibuga kimwe n’igihangange mu mupira w’amaguru Cristiano Ronaldo. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 23 Nyakanga 2025, umugwi Jeddah Sports…
Amategeko yaraye ahinduwe y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi aremerera umuyobozi w’icubahiro w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru (président d’honneur) Réverien Ndikuriyo gusubira kwitoza kurongora ishirahamwe…
Ishure Ephphata ryigisha abanyeshure bagendana ubumuga bwo kutumva no kutavuga riri muri zone Maramvya intara ya Bujumbura rirafise ingorane z'ubuke bw'abigisha bashobora kwigisha bakoresheje ibimenyetso. Ivyo…
Akuzi Nyamporogotwe gashobora kwonona ibintu n'abantu hamwe imvura yotangura kugwa ari nyinshi. Ako kuzi gaca ahari ibarabara Amsar muri zone Ruziba komine mugere intara ya Bujumbura ikiraro cako cariko kirubakwa ariko…
Amategeko mashasha y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB yaraye yemejwe n’abari bitabiriye inama ya bose idasanzwe y'ishirahamwe FFB. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 21 Nyakanga 2025 , igihe c’isaha…
Inyuma yo kumara igihe kitari gito uwo mugwi wo mu ntara ya Gitega witegurira umugwi Al Akhdar SC wo mu gihugu ca Libiya, Flambeau du Centre wirahiye Al Akhdar SC ibitsindo bibiri kuri kimwe. Umugwi Al Akhdar watanguye…
Nk'uko bishikirizwa n'umwe mu bagize imiryango iri muri zone Gatumba, ngo barafise impungenge ukwo bagiye kubaho imvura imaze gutsura. Umutama w'imyaka irenga 60, avuga ko bari biteze ko amazi agabanuka mu gice…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.