Kadie Kay ni umwanditsi w’indirimbo zitandukanye avuga ko ivyo akora vyose abikora mu rukundo. Mu kwandika kwiwe nikubera ko akunda indirimbo n'aho adafise impano yo kuririmba. Arashimira umuryango wiwe n'abakunzi…
Ntivyagendeye neza umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba w’abigeme batarenza imyaka 20 kuko waraye utsindiwe ku kibuga Intwari . Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 19 Nyakanga 2025 niho umugwi…
Aho bukera ku musi wa gatanu igenekerezo rya 19 Nyakanga 2025, umugwi nserukiragihugu w'abigeme batarenza imyaka 20 bazotana mu mitwe n'umugwi nserukiragihugu wa Zambia mu rukino rwo kurondera uburenganzira bwo…
Imvura y’agatasi bitegekanijwe ko izotasura hagati ya Nyakanga na Gitugutu 2025 mu bice bitandukanye vy’igihugu. Bishikirizwa n’umuyobozi mukuru w’ikigo IGEBU kijejwe gukurikirana ihindagurika ry'ibihe. Augustin…
Uwuserukira mu Burundi ikigega mpuzamakungu kijejwe igisata c'uburimyi FIDA, Dagmawi Habte-Selassie amenyesha ko ico kigega kigiye kubandanya gifasha Uburundi mu migambi y’iterambere biciye mu migambi gisanzwe kiriko…
Umuririmvyi kazi Vania Ice arashima uko bamwakiriye mu muryango w’umuziki n'aho atavyera ngo nde intambwe agezeko ubu arayishima kuko hariho benshi batanguye nkawe ariko uno musi amazina yabo yamaze kwibagirwa. Ivyo ngo…
Umuririmvyi Sat B avuga ko iyo ndirimbo ari iyiwe bwite. Kubona bakoranye n'umuririmvyi avuye mu gihugu ca Tanzaniya Ibrahm aruko bari bamaze kuba abagenzi kandi n'uwo muririmvyi yari yaramwemereye ko igihe azoza mu…
Ni ibitaro biri nko ku birometero 10 uvuye mu gisagara ca Bujumbura kw'ibarabara rikuru ry'igihugu inomero 3 (Bujumbura-Rumonge). Ivyo bitaro biri nko ku metero 100 uvuye kw'isoko rya ruziba haruguru yavyo hari…
Abanyeshure kumwe n'abavyeyi barereye kw’ishure rya Mushasha ya mbere n'iya kabiri riri muri zone ya Gatumba babona ko atagikozwe bitagiye kuborohera kwiga neza mu mwaka w'ishure buca utangura. Eddy Irakoze ni…
Umuririmvyi Paci wo muri Etoile du centre avuga ko abaririmvyi Vichou Love na Kidum bariko barapfa ata fatiro gifise kuko ico bose barondera ari amafaranga. Abahanura kureka izo mpari kuko zohava zituma umuziki ndundi…
Mu nkino zibiri Uburundi bumaze gukina mu ntumbero yo kurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino za nyuma z'igikombe c'isi 2026 ntibworohewe na gato. Mu nkino barimwo zo gukurakuranamwo mu ntumbero yo kurondera…
Uburundi bugiye kurongora inama ishingiye k’ubutunzi y’ibihugu vyo muri Afrika yo hagati CEEAC. Kubwa Cyprien Mbonimpa ni akarusho k’ubutunzi bw’igihugu mu gihe hokorwa ivyigwa. "Iyo ufise uwawe ari imbere nawe ukaba…
Haraheze indwi irenga uruja n'uruza rugabanutse hagati y'Uburundi na Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, RDC inyuma y'aho intambara yadukiye hagati y'umurwi ugwana Wazalendo n'igisirikare…
Abakora umwuga wo gukora ama machine bakoresha mu kuroba mu kiyaga Tanganyika babona ko ari umwuga ubatunze n'ubwo usanga bahura n'ibibazo bitandukanye. Mathieu Nduwayo ni umufundi akora ama machine akoreshwa…
Imwe mu miryango yo muri zone Rubirizi komine Ntahangwa intara ya Bujumbura iravuga ko gushika ubu ifise ikibazo co kwivuza ikoresheje ikarata yo kwivurizako izwi nka carte d'assistance maladie kubera amikoro make. Imwe…
Inyuma yo gutandukana na USM Alger umugwi wo mu gihugu ca Algérie, Bimenyimana Bonfils Caleb yaraye atangajwe nk'umukinyi mushasha mu mugwi Jeddah Sport FC wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Arabie Saoudite. Bimenyimana…
Ukugumiza mu mvuto abanyororo kandi barejejwe na sentare canke baragiriwe ikigongwe n'Umukuru w'igihugu ni bimwe muvyo ishirahamwe ryishinze kwitaho agateka k'abanyororo n'imiryango yabo, Ntabariza SPF…
Abafise ikibazo co kurangura amabanga y’abubatse mbere n’izindi ndwara zifatira mu bihimba vy’irondoka ngo barashobora kwitura ubuvuzi kama. Ubuvuzi kama burakorana kandi n’ubuvuzi bwa none. Nk'uko tubisigurirwa…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Nyakanga 2025 i Abidjan muri Côte d’Ivoire umugwi nserukira gihugu w’Uburundi wakoze imyimenyerezo igira kabiri yo kwitegurira igihugu ca Côte d’Ivoire mu rukino rwo kurondera igikombe…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yaragendeye abarimyi b'ikibonobono kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 1 Nyakanga 2025. Inyuma yo gushikiriza ku mugaragaro uwugiye kuramutswa ubuyobozi bw'intara ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.