Umuririmvyi Bru Jamen avuga ko kwiyumvira gukorana indirimbo n'umuririmvyikazi Kellyna aruko yari yabonye ko ibikorwa vyiwe ari vyiza kandi ko bikundwa na benshi. Arasaba ababishoboye, abanyamitahe n'aba diaspora ko…
K'umweha Nyamugari w'ikiyaga Tanganyika muri komine Mugere intara ya Bujumbura haribonekeza abana bahevye amashure bagiye mu mwuga wo kuroba. Bamwe bati vyoba bituruka ku mikoro make abandi bati harimwo n’ubugaba…
Abarimyi babona ko reta yoshiraho umugwi ujejwe gukurikirana ivyerekeye ingurane ihabwa abrimyi. Umushikiranganji wa mbere we ashikiriza ko hariho impamvu reta yahisemwo iyo ntunganyo. Nk'uko bishikirizwa n'umwe mu…
Bamwe mu banyagihugu bo muri karitiye Kajiji zone Kanyosha muri komine Mugere intara ya Bujumbura bavuga ko batashimishijwe n'ingene amatora y'umukuru w'iyo karitiye yagenze. Bidoga ko hari umwe mubo bari…
Mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi "SOVAB Agashitsi" basaba ko inyugu bari baremerewe n'ikigo c'igihugu kijejwe gukingira ibikorwa mvabwenge ku bikorwa vyabo mu 2023 boyihabwa. Iryo shirahamwe…
Umuririmvyi Wiz Designer avuga ko indirimbo yayikoreye abakunzi b'umuziki kuko bari bagize imisi bamubwira ko bakumbuye ibikorwa vyiwe bica bihurirana nawe yari mu myiteguro yo kuyikora. Afise umugwi African Bain man…
Umuririmvyi Douce Marly avuga ko indirimbo yakoze yise "Nzoshikirahe" ari nk'akaganuke yahaye abakunzi b'indirimbo ziwe kuko baguma bamubwira ko yosohora iyindi ndirimbo. Iyo ndirimbo kandi ngo ni inkuru…
Bamwe mu barimyi bakorera mu bice bitandukanye vyo muri komine Bubanza mu ntara ya Bujumbura baridoga ko bariko baragira ingorane zitumwe n'ibura ry'ifumbire yo mu bwoko bwa irré, bamenyesha ko haheze amasizeni 3…
Ihiganwa rya karate ryari ryateguwe ku rwego rw’igihugu n’ishirahamwe rya Karate mu Burundi ( FEBUKA) ryaraye risozerewe. Iryo higanwa ryatanguye kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 gushika ku musi w’Imana…
Umuririmvyi kirikou akili avuga ko icuyumviro co kwandika indirimbo "aha nihe" cavuye kuvyo yariko aracamwo. Ni mugihe yari yagiriwe ibakwe ryokuguma asohoka igihugu aja mu bihugu bitandukanye. Arashimira abantu…
Hari ku musi w’Imana uheze igenekerezo rya 17 Myandagaro 2025 aho umugwi PERSIJAP Jepara usanzwe ukinamwo umusatirizi w’Intamba mu rugamba Sudi Abdallah wahura n’umugwi Persib mu rukino rw’indwi igira 2 rw’ihiganwa ryo mu…
Inyuma yo gutorwa nk’umukinyi mwiza yaranze ihiganwa rya Primus League 2024-2025, umukinyi wo hagati w’umugwi Aigle Noir Cs Kamana Karim yerekeje mu mugwi Al Hilal Omdurman wo muri Sudani. Ku makuru Indundi Sports twaronse…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2025 umukinyi mpuzamakungu w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssouf ( Nyange) asanzwe akinira umugwi OGC Nice ukina mu cicaro ca mbere mu Bufaransa yaraye agendeye Michael…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2025 niho umugwi Muhazi United ukina mu cicaro ca mbere mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda wasinyisha umumenyereza w’abanyegori Muhimpundu Rashid benshi…
Uwahoze ari umumenyereza w’umugwi Royal Vision Fc Ndikumana Youssouf Lule yerekeje mu mugwi Dodoma Jiji Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihigu ca Tanzania. Imbere y’uko Ndikumana Youssouf Lule yerekeze muri Dodoma Jiji Fc uwo…
Ndikuryayo Dominique asanzwe arongoye komine ya Ngozi niwe agiye kuramutswa ubuyobozi bw'umugwi Ngozi City usanzwe ukina mu cicaro ca mbere. Hari kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 16 Myandagaro 2025 igihe…
Inyuma yo kumara umwaka umwe umugwi Kiyovu Sports wo mu gihugu c’Urwanda utemerewe kugura umukinyi n’umwe bivanye n’ibihano FIFA yari yawufatiye ku mvo z’uko hari amafaranga wari uheraniye abakinyi bahoze bawukinira hamwe…
Aho twaciye muri amwe muma karitiye ya zone Musaga intara ya Bujumbura mu gitondo co kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 14 Myandagaro 2025, bamwe mu banyagihugu twahasanze bavuga ko ibikorwa vy'imyiyamamazo…
Umugwi nserukira gihugu wa Gambia ugiye kwakirira Uburundi mu gihugu ca Kenya mu nkino zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi c’umwaka wa 2026 kizobera mu bihugu bitatu arivyo America, Mexico hamwe na Canada. Impamvu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru CAF ryaraye rishize ahabona ibibuga vyemewe kwakira inkino mpuzamakungu. Ivyo bibuga CAF ivuga y’uko biri mu muce ugira 2 kandi vyemewe kwakira nk’inkino za CAN -17 , U20 hamwe na -23 , hamwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.