Haraheze ikiringo c'imisi itatu abakozi bakorera ku kivuko ca Bujumbura batariko bararangura imirimo yabo bakavuga ko vyatumwe n'ubuhinga bakoresha bita "Ascyuda" butariko burakora muri kino gihe.Ikigo…
Muri kino gihe c’urushana Imiryango y’abatwa bo mu gacimbiri Munyika ,umutumba Gitwe muri komine ya Matongo intara ya Kayanza iratabaza abajejwe intwaro muri kino gihe ngo kubaronsa ibisakazo vy’inzu bubatse mw’ihimirizwa…
Abana bashika 607 bari hagati y'imyaka 9 na 17 agateka kabo karahohotewe mu mezi 12 arangiye biciye murudandazwa bakorewe nk’uko vyemezwa n'urunani rw’wmashirahamwe yitaho ineza y’abana FENADEB.Yamara urwo runani…
Bamwe mu banyagihungu baba muri komine ya Mwumba intara ya Ngozi bavuga ko guharika bitarahera muri ico gice ,bagasigura ko bamwe mubakora ivyo babikora nk’ubuhizi.Nubwo biruko bamwe nbaremeza ko iyo ngendo ifise ingaruka ku…
Depuis plusieurs mois, le Burundi fait face à une situation de manque d'essence et de gasoil, avec une rupture fréquente dans les stations-service, ce qui devient un problème quasi chronique dans la capitale politique…
Abagabo 7 baramaze kwitaba Imana mu kiringo camezi 10 kuva umwaka wa 2024 utanguye biturutse kwihohoterwa bakorerwa n'abo bubakanye. Abagabo bashika 51 nabo baramaze kwitura ishirahamwe "Abagabo mu…
Urukino rwahuje umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba nn’igihugu ca Sénégal kuri uyu wa kabiriigenekerezo rya 19 Munyonyo 2024 rwarangiye Sénégal itsinze Uburundi ibitsindo 2 ku busa. Igitsindo ca mbere co muri urwo…
Abasanzwe badandaza ibinyobwa vya Brarudi ku murwa mukuru w’intara ya Makamba baridogera akamwana wa mama karanga itangwa ryavyo .Abajejwe intwaro baragabisha bakavuga ko muri kino gihe badahengeshanya guca amahadabu abikika…
Abunguruza abantu bo mu ntara ya Gitega baridogera abatanga igitoro ku ma sitasiyo ko bagitanga bisunze ikimenyane,bigatuma baja kukigura mu kinyegero maze ibiciro vyo kwiyunguruza bigaca bizimba. Bamwe mubunguruza abantu…
Ishirahamwe BAAHO rihurikiyemwo abarundi baba muri reta ya Arizona muri Reta Zunzubumwe za Amerika ryaratanze impamyabushobozi ku bavyeyi n'abana baba muri ico gihugu rifatanije na kaminuza ya Arizona. Izo…
Le ministre burundais des Affaires Etrangères et de la Coopération au Développement Albert Shingiro a reçu en audience ce lundi 18 novembre 2024, une délégation de la diaspora burundaise, venue lui présenter le rapport des…
La province scolaire de Kayanza fait face à une insuffisance de 1023 enseignants pour l'année scolaire 2024. Cette insuffisance en personnel oblige la direction provinciale de l'éducation à recourir à des…
Le septuagénaire et sage Laurent Bizimana met en avant l'amour et l'amitié comme bases essentielles de l'unité familiale au Burundi, soulignant que, dans le passé, les familles échangeaient des cadeaux, comme…
Umuririmvyi akomoka mu gihugu c'u Rwanda Kitoko ubu abarizwa mu gihugu c'Ubwongereza yasohoye ubushasha indirimbo "Yasa n'irirenga" yaririmbwe n'umuririmvyi w'inararibonye Burikukiye Prosper…
Umunyeporitike Léonce Ngendakumana abona ko kugira u Burundi bushike kw'iterambere aruko abarundi ubwabo boreka kwikwegerako,maze abatowe bakamenya ko batowe n'abanyagihugu kandi bafise ico babitezeko;bakiga gukunda…
Abamenyereza bagenywe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB n'abagiye gutegura imirwi ibiri y'Intamba mu Rugamba CHAN hamwe n'uwabatarenza imyaka 17.Iryo genwa ribaye inyuma yo…
Umurwi YM ugizwe n’imisore ibiri iva mu ntara ya Makamba uvuga ko witeguye gutangaza abatari bake biciye mu ndirimbo bagiye gusohora.Mu kiganiro Indundi Hit Show co ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 12 Munyonyo muri studio…
Mu mazone nka Mubone na Kabezi ya komine Kabezi intara ya Bujumbura, ni bimwe mu bice vy'iyo ntara vyibonekezamwo ibiti vy'ivyamwa nka mandarine ,imicungwe ,imyembe hamwe n'indimu. Ibiti vy'indimu ariko…
Ces dernières années, les localités riveraines de la rivière Kanyosha ont été le théâtre des inondations, emportant des maisons et faisant de nombreuses victimes. L’action anthropique est la principale cause de…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba, inyuma yo gufata urugendo werekeza mu gihugu ca Côte d'Ivoire gutegura urukino rwokwakira umurwi nserukira gihugu wa Malawi kw’igenekerezo rya 14 Munyonyo uno mwaka.Intamba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.