Imbabura yakozwe n'urwaruka rwo mu ntara ya Gitega ,ikaba ihingurwa hifashishijwe ivyuma ariko ikaba ikoresha amavuta ava mu miduga canke muma pikipiki.Urwaruka rwakoze iyo mbabura ruvuga ko ihangiro ari ugukingira…
Ku ncuro igira umunani hatunganywa Ku rwego rw'igihugu imigwi ivuza ingoma iserukira intara ,umugwi w'abatimbo b'i Bujumbura niwo watahukanye Iryo higanwa ryahuje imigwi 33.Umwe mubanyakaranga yariko atanga…
Umuririmvyikazi w’umurundi Laurette Tetero asanzwe amaze imisi itari mike mu gihugu ,ariko asigura ahavuye ingingo yokwakira,asigura ko yagiye gushigikira umuvuga butumwa Chris Ndikumana mu gikorane yakoze itariki 08 kigarama…
Le chef de l'État burundais nie toute initiative visant à ouvrir les frontières avec le Rwanda tant que les putschistes ne sont pas remis au Burundi pour être traduits devant la justice. Dans une interview accordée à TV5…
Imwe mu miryango yo mu gace ka Musufe,karitiye Nkenga-Busoro,zone Kanyosha,komine Muha mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura yahuye n'ibomagurika ry'amazu haheze ikiringo c'imyaka irenga ibiri basaba ko…
Les habitants de la zone Ruce en commune Rugazi de la province Bubanza , près du parc national de la Kibira, dénoncent le manque d’électricité qui freine leur développement, en empêchant des activités essentielles comme la…
Umugwi nserukiragihugu ugiye gukina inkino zibiri muri kuno kwezi kwa kigarama, Uburundi buzotana mu mitwe n'umugwi nserukiragihugu wa Ouganda ku magenekerezo ya 21 na 27 kigarama 2024 mu kurondera uburenganzira bwo…
La ménopause est une période de perte totale de la menstruation chez la femme. Selon le gynécologue Innocent Ndayikunda, six mois après cette perte, la femme peut affirmer avoir atteint l'âge de la ménopause qui commence…
La hausse des prix de première nécessité est devenu un casse-tête pour les burundais. Si cette hausse s’inscrit dans l’état global de l’économie burundaise, la responsabilité des consommateurs est également dénoncée. Pour le…
Abavyeyi barereye kw'ishure nshingiro « Ecofo »Tenga riri muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura bariyamiriza amafaranga barihishwa n'ubuyobozi bw'iryo shure. Na bwo bugasigura ko ayo mafaranga ari…
Abanyagihugu baba ahegereye akaburi k’ahitwa kwa Ruracinyika ku mutumba Mugomere zone ,komine, n'intara ya Rumonge baratewe impungenge nibomagurika ry'iryo tongo ry’abapfuye ryegereye imihana y’abantu.Muri kino gihe…
Mu rubanza rw'ikibiriraho rwo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 05 Kigarama 2024,sentare nkuru ya Rutana yahanishije umusore w'imyaka 22 gupfungwa imyaka 5 no gutanga ihadabu ry'amafaranga ibihumbi 500…
Abanyagihugu baba muri site Gisagara iri muri komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura basaba kwimurwa muri ico kibanza kuko bemeza ko hari abamaze imisi bitaba Imana mu buryo bavuga ko budatahuritse.Uwurongoye iyo site aremeza…
Abantu babiri baritavye Imana uwundi arakomereka bikomeye mw'isanganya ry'imodokari ryabaye kuri uyu wa gatatu kwibarabara ry'igihugu noméro 11 .Igipolisi gihamagarira abagendesha ivyuma kwubahiriza amategeko…
Abarimyi bo mu gacimbiri Gihora komine Mutimbuzi,intara ya Bujumbura bavuga ko imirima yabo y'ibigoro ibangamiwe muri kino gihe n'udukoko turya amababi hanyuma ibigori bimaze gufatwa ntibiba bigiheka.Abajejwe…
Ihiganwa rya Elite 16 mu karere ka Afrika y'ubuseruko mu mupira w'amaboko basketball ryari rimaze iminsi ribera mu gisagara ca Nairobi mu gihugu ca Kenya kuva kw'igenegerezo rya 27 Munyonyo 2024,ryarangiye kuri…
Le coordonnateur du groupe d'experts et titulaire d'un PhD en physique, Dr Salomon Mugisha affirme que l'air du Burundi est pollué, malgré la croyance générale que le pays, moins industrialisé, échappe à la…
Bamwe mubanyagihugu baba muri zone ya Ruce muri komine Rugazi intara ya Bubanza bavuga ko muri ico gice atamuyagankuba bafise bigatuma hari imwe mu mirimo badashobora kurangura.Abo banyagihugu bemeza ko ivyo bibasubiza inyuma…
Au Burundi, la Commission Nationale Indépendante des Droits de l'Homme (CNIDH) déplore des irrégularités dans la détention des prisonniers. D’un autre côté, les défenseurs des droits humains dénoncent celles observées…
Espérance Ndoricimpa ni umuvugabutumwa akongera akaba n'umuririmvyikazi asanzwe aba muri Leta zunz’ubumwe za Amerika. Uretse indirimbo agiye gushira ahabona vuba, hari igikorwa c'ivugabutumwa no gufasha abatishoboye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.