Kadie Kay, umwanditsi w’indirimbo "Filia mia" avuga ko kubona yatoye umuririmvyi Kaboule aruko yabonye impano yiwe biza kujana n'iyo ndirimbo yanditse mu nyuma arabimusaba babona gukorana. Kaboule agira ati :…
Dans son dernier discours à la nation, le président burundais Évariste Ndayishimiye a abordé plusieurs problématiques liées aux droits des employés dans le pays. Il a exprimé des préoccupations concernant des pratiques…
Iflytek est une société à la pointe du domaine de l'intelligence artificielle (IA) en République populaire de Chine, proposant des solutions innovantes qui transforment la manière dont les individus interagissent avec…
Par délégation son chargé d’affaires, l’Ambassade du Royaume du Maroc au Burundi, a remis ce vendredi 25 avril 2025, un équipement de sport composé de maillots et de ballons de volleyball, en faveur de l’équipe féminine EGIA…
Channel Ndayikiza avuga ko iyo indirimbo yaje mu vyiyumviro abona kuyandika. Arasaba ko yoronka abamufasha "management" kugira ngo abandanye ico gikorwa co kuririmba. Iyo ndirimbo yise "urumwizigirwa"…
Abadandaza bashikiriza ko hari zimwe mu ngingo z'umutekano zafashwe n'ubuyobozi bw'intara ziriko ziratuma bahomba. Mu buyobozi bw'intara basigura ko bwafashe izo ngingo mu ntumbero yo gukingira ubutunzi…
Il s'observe des inondations qui persistent surtout sur les routes qui sont au bord du Lac Tanganyika d'où ces derniers bloquent la circulation des citoyens. L'Agence Routière du Burundi (ARB) déplorent un…
Umuririmvyikazi Vania Ice aranegura ibikorwa vy'ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi, AMB kuko ngo ntabona ico rimariye abaririmvyi yihweje n'imyaka rimaze rivutse. Vania agira ati: "Ishirahamwe…
Umuririmvyi Paci avuga ko umuziki umaze gutera intambwe n'aho utaragera kure cane ariko sico kimwe no mu myaka icumi iheze aho abaririmvyi ba kera vyari bigoye kuririmba gusa vyasaba ko ukora akandi kazi kugira ngo…
Haraheze igihe kingana n'umwaka amazi ya Tanganyika yararenze inkombe zayo bituma amabarabara amwe amwe yuzura amazi. Mu kigo kijejwe amabarabara ARB basigura ko iryo barabara rikeneye ivyigwa bihanitse be…
Le gouvernement du Burundi déplore le vide juridique dans le secteur artisanal et appelle à la révision de la loi de 1979. Le gouvernement du Burundi a exprimé ses préoccupations concernant le secteur artisanal, soulignant…
Abel Nduwayo ni umurundi asanzwe akina amareresi akongera akaba n'umwanditsi w'indirimbo mpimbaza Mana hano mu gihugu cacu c'Uburundi. Yatanguye kuba umuririmvyi kuva mu mwaka wa 2011 aca yongera aba umukinyi…
Les cotonculteurs plaident pour la révision à la hausse du prix d'achat du coton. En 2023, le prix du coton a été augmenté à 900 fbu contre 600fbu en 2019. Bien que certains producteurs de coton dans la province de…
Les jumeaux music bahuriye kw'ishure muri Kaminuza y'Uburundi. Bamaze guheza ishure baciye batanguza umugwi "les jumaux music", hari mu mwaka 2014 aho baja kuvugiriza abantu mu birabo mu nyuma baca baronka…
Haracibonekeza ubusuma mu mazu y'ubudandarizo nk'uko vyemejwe n'abikorera utwabo. Ubuyobozi bwiyemeje gukomeza umutekano. Mu nama hagati y'ubuyobozi bwa komine Mukaza n'abarangurira imirimo…
Umugwi w’abaririmvyi Dino boy bavuga ko iyo ndirimbo basohoye bayise "Rita" bitari vyoroshe kugira ngo isohoke kuko bari babuze amafaranga yo kuyisohora mu munzu ihinyanyura umuziki. Barasaba kuronka management…
Umuririmvyi kazi Natacha avuga ko indirimbo "KAMNYWESO" isigura "inzoga kavukire" yari imaze ukwezi kumwe itarasohoka kuko yashatse ko isohoka inyuma yamapfungo. Uyo muririmvyikazi Natacha azwi…
Alors que la pénurie de carburant continue de paralyser le quotidien des burundais, les tensions montent au sein du parlement. Le président de l’Assemblée nationale accuse certains acteurs de cacher volontairement des stocks,…
Bamwe mu bashingamateka bararajwe ishinga n'agahembo Umukuru w'igihugu yemereye abakukuruke mu mwaka wa 2020 gushika n'ubu kataraboneka. Umwe ati: "umutama canke umutamakazi bokwitaba Imana…
Musitanteri wa komine Vyanda Alexis Nshimirimana na Nzohabonayo Eraste umukozi ajejwe kugenzura umwimbu wegeranijwe n'ikigo Anagessa barahagaritswe kuri uyu wa kane igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2025. Bakaba bahagaritswe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.