Domingos Simoes Pereira ni umwe mu banyapolitike bazwi cane kandi bafise ijambo rikomeye muri Guinea-Bissau. Yavutse mu mwaka wa 1963 i Farim, mu buraruko bw’ico gihugu. Yize ivy’ubwubatsi n’ubuhinga muri kaminuza zo mu…
Kwamamaza ubutunzi bw'abatunzi bo muri Afrika birabandanya kwiyongera ku rugero rutangaje mu gihe ubuzima bw'abanyagihugu benshi burushiriza kugorana. Ivyo biri mu vyashizwe ahabona n'ishirahamwe mpuzamakungu…
.Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, bivugwa ko yagiranye ikiganiro gikomeye kandi c’amatati n’Umushikiranganji wa mbere wa Isirayeli, Benjamin Netanyahu, ku bijanye n’ukwiyongera kw’ibitero vya gisirikare…
Mu gihugu ca kenya, uno musi igenekerezo rya 1 Ruheshi 2026, habaye imyiyerekano ikomeye cane mu gisagara ca Nanyuki aho abanyagihugu amajana bazindukiye mu mabarabara kwiyamiriza umugambi wo kwubaka ikigo co kwakiriramwo no…
Bamwe mu bavyeyi bo muri zone Rubirizi komine Ntahangwa intara ya Bujumbura baravuga ko abana babo bafise ibibazo biterwa no gufungura nabi. Zimwe mu mvo n'uko badashobora kuronka imfungurwa zikenewe bitumwe…
Aho hambere, abantu bararonka umwanya wo kugenderanira, kuganira no gusangira ivyiyumviro. Ababanyi baricara hamwe ku mugoroba, imiryango igasangirira hamwe imfungurwa kandi abantu bagafashanya mu buzima bwa misi yose. Ariko…
Muri kino gihe, kimwe mu bintu biriko biravugwa cane muri Afrika ni ukwiyongera kw’urwaruka rushaka kuja hanze y’ibihugu vyabo. Benshi barota kuja i Buraya, muri Amerika, Canada canke mu bihugu vya Aziya n'ahandi kugira…
Umukuru w'igihugu cu Burundi Evariste Ndayishimiye yasavye ko inama y'umutekano y'ishirahamwe mpuzamakungu ONU isubirwamwo kugira Afrika ironke ubuserukizi budahoraho gusa ahubwo bwama bujanye n'ubwinshi…
Mu gihugu kibanyi ca repubirika iharanira demokarasi ya Congo, ingwara ya Ebola iriko itera intuntu abanyagihugu baho. Imiryango myinshi irabura uburyo bwo gufubana iteka abayo bahitanwa n'iyo ngwara. Agihinda…
Umukuru w'igihugu c'u Rwanda, Paul Kagame yaraye akeje umugwi wa Arsenal F.C inyuma yo gutahukana igikombe ca shampiyona y'ubwongereza, première League muri uyu mwaka w'inkino. Mu butumwa yashize ku rubuga…
Ingingo zo kwirinda ingwara ya Ebola ivugwa mu bihugu vya RD Congo na Uganda zongerejwe ku rubibe rwa Gatumba rugabura Uburundi n'igihugu ca Congo. Abavuye muri ico gihugu ubu babwirizwa gupimwa ubushuhe no gukaraba,…
Umunyakenyakazi Rachel Wandeto, yamenyekanye cane ku mbuga ngurukanabumenyi inyuma yo kwishushanya ku mubiri wiwe isanamu ya perezida wa kenya William Ruto, yitavye imana atewe n'abantu bataramenyekana. Uwo mukenyezi…
Abakorera mu gisata c'ugutwara abantu n'ibintu mu gihugu ca kenya batanguye imyiyerekano yo guhagarika ibikorwa vy'ubwikorezi bwa rusangi mu kwiyamiriza iduga ry'ibiciro vy'ibitoro riheruka gushirwaho…
Mu myaka iheze, igitigiri c’urwaruka ruheza amashure mu Burundi cariyongereye cane. Buri mwaka, amashure ya kaminuza, ay’imyuga hamwe n’ayisumbuye arasohora urwaruka rwinshi rufise indoto zo kwinjira mu buzima bw’akazi mu…
Mu rukino rukomeye rwa El Clasico, FC Barcelona yaraye itsinze ibitsindo 2-0 ironka igikombe ca Laliga cabereye muri gihugu ca Espagne ku ncuro igira 29. Marcus Rashford niwe yatanguye kwugurura amazamu ku mupira ukunze…
Hahimbazwa mu Burundi kuri uyu wa 9 rusama 2026, umusi mpuzamakungu wahariwe abanonosoye ibijanye n'amagara y'abavyeyi n'ibibondo "sages femmes". Emelyne IYIZIRE arongoye ishirahamwe…
Mu gihe benshi bavuga ko ubuzima bugoye kandi ko kuronka akazi bitoroshe, hari urwaruka ruriko rwerekana ko gwihangana. Kugira intumbero no gukora cane bishobora guhindura ubuzima. Umusore yitwa Eric Ndayishimiye aba mu…
Mu Burundi no mu karere ka Afrika y'ubuseriko, ubucuruzi buriko buraba inkingi y'iterambere ry'ubutunzi n'ukwitunganiriza imigambi. Ariko n'aho hari amahirwe menshi, abenshi bama batangura ubucuruzi…
Perezida wa repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo Félix Tshisekedi, yavuze ko ashobora kwemera kwiyamamaza mu gihe yoba asabwe n'abanyagihugu ko yokwongera gutwara ico gihugu mu kindi kiringo ca gatatu. Mu…
Umugabo umwe yahora aba mu gace kagira kane ico bita cellule muri karitiye Gisyo ya zone Kanyosha muri komine Mugere mu ntara ya Bujumbura yari yakorokeye mu kimanga gishikiramwo amazi y'imvura n'amazi mabi ava mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.