Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru CAF ryaraye rishize ahabona ibibuga vyemewe kwakira inkino mpuzamakungu. Ivyo bibuga CAF ivuga y’uko biri mu muce ugira 2 kandi vyemewe kwakira nk’inkino za CAN -17 , U20 hamwe na -23 , hamwe…
Belyse Nininahazwe niwe agiye kuba umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20. Uwo mumenyereza asanzwe afise urupapuro rw'umutsindo Licence B mu vyo kumenyereza…
Imigwi ya Flambeau du centre na Aigle noir izoserukira i gihugu mu mahiganwa ya CAF Confederation na CAF champions League yemerewe kuzokinira ku kibuga intwari. Nk'uko biri mu rwandiko rwarungitswe na CAF muri FFB ruvuga…
Le footballeur burundo-allemand Thilo Kehrer, de l’AS Monaco, a rencontré le président de la République du Burundi, Evariste Ndayishimiye pour discuter sur la politique socio-économique et coopération via sa fondation ‘’Thilo…
La fédération de basketball du Burundi (Febabu) a publié le calendrier des demi-finales des play-offs VBL le 13 juin 2025. Les quatre équipes qualifiées pour ces demi-finales sont Dynamo bbc qui est premier, Urunani bbc…
L’haltérophilie, encore peu connue du grand public, prend progressivement sa place dans le paysage sportif burundais. Avec une fédération active depuis 2015 et plus de 600 athlètes engagés, cette discipline connaît un…
Umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira-Gihugu intamba mu rugamba w'abigeme Alain Olivier Niyungeko yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 23 bagiye kwitegurira inkino za CECAFA SENIOR WOMEN zigiye kubera mu…
Par délégation son chargé d’affaires, l’Ambassade du Royaume du Maroc au Burundi, a remis ce vendredi 25 avril 2025, un équipement de sport composé de maillots et de ballons de volleyball, en faveur de l’équipe féminine EGIA…
Mw'ihiganwa ryari rimaze imisi ririko rirabera mu gisagara ca Bujumbura muri Tennis,umurundikazi Sada Nahimana niwe yatahukanye ibihumbi cumi birenga vy'amadorare y'abanyamerika mu kiringo c'indwi zibiri…
Umugwi NGOZI CITY wafashe ingingo yo guhagarika vy'imfatakibanza umumenyereza HARUSHA Mohamed ikiringo c'amezi atatu. Uwo mugwi ukaba wagiriza umumenyereza w'uwo mugwi Harusha Mohamed kutazana icuka ciza mu…
Mu bihugu bigera ku majana abiri na cumi, Uburundi bwisanze mu kibanza c'ijana na mirongo ine ku rutonde rwasohowe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA. Ivyo bibaye inyuma y'inkino…
Uburundi buza gutana mu mitwe n'igihugu ca Seychelles kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 25 Ntwarante 2025, igihe c'isaha zitatu z'ijoro, mu ntumbero y'ukurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino…
Umugwi Muzinga waciwe ihadabu ry'amafaranga angana n'ibihumbi amajana atanu vy'amarundi bivuye ku kwigenza nabi kwa bamwe mubagize uwo mugwi. Ivyo vyabaye igenekerezo rya 8 Ntwarante aho umugwi Muzinga wariko…
Kw'igenegerezo rya 21 Ntwarante 2025 niho umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba wariko urakina n'uwigihugu ca Côte d'Ivoire, urukino rurangira Uburundi butsinzwe igitsindo kimwe k'ubusa(1-0),…
Sandrine Niyonkuru yari amaze igihe kitari gito mw'ihiganwa ry'abigeme mu gihugu ca Egiputa mu mugwi TUT FC na FC Masar akanabikora neza mu kwinjiza ibitsindo vyinshi, no mu gihugu c'Ubushinwa yatanguye…
Abakinyi b'umugwi Académie Deira hamwe n'uwari ajejwe ivy'ubuhinga baraye bahanishijwe ihadabu ry'imiriyoni 10 hamwe n'imyaka 5 batitabira ibikorwa ry'umupira w'amaguru mu gihugu…
Abigeme b'imyaka 17 bayobowe n'umumenyereza Daniella Nibimenya baraye batsinze abo mu gihugu ca Côté d'ivoire ibitsindo bitatu kuri kimwe (3-1) mu rukino rwa mbere rwo kurondera itike yo kuja mu…
Umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Patrick Sangwa yashize ahabona urutonde rw'imfata kibanza rw'abakinyi 33 azotaramwo abazoshobora ku mufasha mu nkino zibiri zo kurondera…
Inyuma yo kwagiriza amakosa menshi umukinyi w'umugwi le messager ngozi . Ubuyobozi bw'uwo mugwi bwaraye bwirukanye umusatirizi azwi kwi Zina rya Gaël Ninziza Kw'igenekerezo rya gatatu 03 ntwarante niho…
Vyaraye vyanse ko umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w'abigeme ubandanya kurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino z'igikombe ca Afrika zizobera muri Maroc mu mwaka wa 2026 inyuma yo gutsindwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.