Gambia: Abanyagihugu bazindutse mu myiyerekano biyamiriza ikena ry’umuyagankuba

Abanyagihugu bo muri Gambia bazondukiye biyerekana mu bice bitandukanye vy’igihugu kubera ikibazo c’ikena ry’umuyagankuba kimaze igihe kitari gito, aho mu turere tumwe tumwe bavuga ko umuriro ushobora kumara amasaha agera kuri 48 utaboneka. Ku murwa mukuru Banjul, abari mu myiyerekano baturiye amapine mu mabarabara, bashiraho imizingi ibuza imodoka kurengana, banavuga amajambo asaba Perezida Adama Barrow […]

Kenya yasavye imbabazi Abarundi, ibizeza ko izobakingira

Reta ya Kenya yasavye imbabazi Abarundi baba muri ico gihugu, inyuma y’uko bamwe muri bo bavuze ko batewe ubwoba canke bagiriwe nabi. Ibi vyabaye inyuma y’amajambo Perezida wa Kenya, William Ruto, yavuze ku banyamahanga bakora urudandazwa ruto ruto muri Kenya. Ku wa mbere, Korir Sing’Oei, Umunyamabanga Mukuru mu Bushikiranganji bwa Kenya bujejwe imigenderanire n’ayandi makungu, […]

Abarundi barabwa  n’ingingo  y’Umukuru w’igihugu  ca  Kenya kubadandaza batobato b’abanyamahanga, biriwe munzu abandi baja kurondera ivya ngombwa ngo batahe

Bamwe  mu barundi  bakora urudandaza  rutoruto mu gihugu ca kenya  kuri  uyu wa mbere  ntibakoze  iyo mirimo  kugutinya  guharikwa ninzego  z’umutekano,inyuma yaho mu ndwi iheze  umukuru w’ico gihugu  William Ruto atanze itegeko ko abanyamahanga bose  bakora urwo rudandaza  baruhagarika kuva kuri uyu wamebere.Mundwi iheze, Uburundi bwiyamirije ihohoterwa rikorerwa abarundi muri ico gihugu, maze busaba uwuserukira […]

Après les incendies, le Burundi serre la vis dans les marchés

Le gouvernement burundais lance, du 4 au 6 septembre 2026, le recensement des personnes touchées par les récents incendies dans plusieurs marchés et espaces commerciaux. Il annonce également l’ouverture d’un compte bancaire destiné à financer la réhabilitation des marchés sinistrés et impose l’installation de dispositifs de vidéosurveillance et de détection d’incendie dans les grands espaces […]

Le Maroc plaide pour un renforcement de la protection des enfants dans les conflits armés

Le Maroc a appelé, mercredi 02nseptembre 2026 à Addis-Abeba au siège de l’Union Africaine, à renforcer les mécanismes de protection des enfants affectés par les conflits armés en Afrique, en particulier pour prévenir leur recrutement par les groupes armés et assurer leur réintégration après les conflits. Lors d’une réunion du Conseil de paix et de […]

Burundi-Chine : après le partenariat stratégique, Gitega veut des projets concrets

Le Burundi veut donner un nouvel élan à sa coopération avec la Chine. Pour le ministre des Affaires étrangères Édouard Bizimana, le partenariat stratégique global conclu entre les deux pays doit désormais se traduire par des projets d’envergure capables d’accompagner les ambitions de développement du pays. Le Burundi entend consolider ses relations avec la Chine […]

Kenya: Perezida William Ruto abuza abanyamahanga gukora urudandazwa ruto ruto no gutembereza ibidandazwa mw’ibarabara

Perezida wa Kenya, William Ruto, yatangaje ko abanyamahanga bakora ubudandaji buto buto, harimwo n’abatembereza ibidandazwa mw’ibarabara, batazokwongera gukora iyo mirimo muri Kenya guhera ku wa mbere, itariki 7 Nyakanga 2026. Perezida Ruto yabivugiye mu nama yagiranye n’abaserukira imigambi n’amashirahamwe y’abikorera utwabo, cane cane abari mu rudandazwa ruto ruto. Iyo nama yabereye ku kirimba c’umukuru w’igihugu […]

Wanaw sport wear ryasubiye kwizerwa

Ishirahamwe Wanaw Sport Wear ryo muri Ethiopiya risanzwe ryambika imigwi nserukira bihugu itandukanye harimwo n’umugwi nserukiragihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba ryasubiriye kwizerwa gusubira gukorana n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( FFB). Iryo shirahamwe Wanaw sport wear ryo muri Ethiopiya ryongewe iyindi imyaka ibiri yo kwambika umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba . Nk’uko umunyamabanga mukuru […]

Abakozi bo mu gisata cunguruza abantu n’ibintu bakoresheje indege bahagaritse imyiyerekano barimwo

Abakozi bo mu gisata co kwunguruza abantu n’ibintu bakoresheje indege muri Kenya bahagaritse imyiyerekano bari bamazemwo imisi ibiri, baca basubira ku mirimo yabo inyuma y’uko bumvikanye n’Ubushikiranganji bwo gutwara abantu n’ibintu hamwe n’inzego zijejwe indege n’ibibuga vy’indege. Iyo myerekano y’ukudashima yari yatanguye ku wa 30 Myandagaro 2026, ituma ibikorwa ku bibuga vy’indege bikuru vya Kenya […]

Ruyigi : 200 chèvres distribuées à des coopératives proches d’un camp de réfugiés congolais

Deux cents chèvres ont été distribuées mardi 1er septembre à des membres de coopératives des zones de Bwagiriza, Rusengo et Kayongozi, dans la commune de Ruyigi, province de Buhumuza. L’opération intervient dans une région où les communautés locales côtoient depuis plusieurs mois des réfugiés venus de la République démocratique du Congo. À Ruyigi, l’élevage caprin […]

Des recherches scientifiques encore en retard, alors que la médecine traditionnelle est importante pour la santé humaine

Le Réseau national des tradipraticiens du Burundi (RNATB) affirme que la recherche dans le domaine de la médecine traditionnelle est aujourd’hui une nécessité. Le ministère ayant la Santé publique dans ses attributions indique que, même en l’absence d’instituts spécialisés dans la recherche sur les plantes médicinales, les travaux menés dans les universités montrent que cette […]

Sommet de l’OCS 2026 : à Bichkek, le pari d’une coopération renforcée pour un monde plus stable

Réunis à Bichkek le 1er septembre, les dirigeants de l’Organisation de coopération de Shanghai (OCS) ont marqué le 25e anniversaire de la création de l’Organisation dans un contexte international caractérisé par de fortes tensions géopolitiques, des incertitudes économiques et une accélération des transformations technologiques. Au-delà de la célébration, le sommet a surtout posé une question […]

Ubutohoji mu buvuzi kama mu Burundi bwoba bugeze hehe?

Urunani rw’amashirahamwe y’abavuza imiti kama mu Burundi RNATP ruvuga ko ibijanye no gukora ubushakashatsi mu bijanye n’ubwo buvuzi mu gihe ca none bitaratera imbere. Ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu ariko buvuga ko n’aho atabigo bikora ubushakashatsi ku miti kama biriho mu Burundi, ubukorerwa mu makaminuza bwerekana ko ubwo buvuzi ari ngira kamaro ku magara y’abantu. Ni […]

Marchés en feu, carburant en pénurie : la COSYBU et la CSB appellent à des mesures urgentes

Les confédérations syndicales COSYBU et CSB demandent au gouvernement d’organiser des dialogues afin que des mesures urgentes soient discutées face à la pénurie de carburant et aux incendies qui déciment les marchés et les lieux commerciaux. Dans une déclaration publiée ce jeudi 27 août 2026, les deux confédérations syndicales, la COSYBU et la CSB, indiquent […]

Un homme retrouvé mort à Kayogoro, une deuxième victime dans des circonstances similaires en moins d’un mois

Un homme a été retrouvé mort jeudi matin dans le quartier Mushasha, à Kayogoro, dans la commune de Makamba, province de Burunga. Son corps, découvert par des habitants qui se rendaient aux champs, présentait des traces de violences. Les autorités locales s’inquiètent d’un deuxième meurtre similaire enregistré au même endroit en moins d’un mois et […]

Abantu 12 barahasize ubuzima abandi 54 barakomereka

Abantu 12 barapfuye abandi 54 barakomereka inyuma y’umuriro ukomeye wadutse mu mashamba mu bice bitandukanye vyo mu buraruko bushira ubuseruko bwa Algérie kuwa gatatu, igenekerezo rya 26 Myandagaro 2026. Uwo muriro wadutse cane mu ntara za Jijel, Béjaïa na Tizi-Ouzou, aho umuriro wakwiragiye ningoga ushika no hafi y’amazu y’abanyagihugu. Abategetsi baciye batabara mu kwimura imiryango […]

radio