Ni iki catumye abarimyi badasabwa kurihira ifumbire y’irima ry’agatasi

Abarimyi bo muri zone Muyira komine Mukaza intara ya Bujumbura bashikiriza amakenga bafise ku coba caratumye badasabwa amahera yo kuriha ifumbire y’irima ry’agatasi ryimirije. Babaza ko ata fumbire bazohabwa muri kino gihe. Umwe muri abo barimyi yaganiriye n’insamirizi Indundi Culture avuga ko afise amakenga yo kutazoyironka: “Turabona ko umengo ni ikibazo ,tubona ko tutazonayironka kuko […]

Hypertension et diabète : la 20e promotion de médecine de l’Université de Ngozi alerte sur deux « tueurs silencieux »

À l’occasion de la première édition de son forum scientifique consacré à l’hypertension artérielle et au diabète, organisée mardi 11 août à Bujumbura, la 20e promotion des étudiants internes en médecine de l’Université de Ngozi a appelé à renforcer la prévention et le dépistage. Médecins et responsables universitaires alertent notamment sur les complications cardiovasculaires et […]

Abantu bariko barondera amarori yo kurabiramwo ubwirakabiri

Abantu benshi mu Bwongereza bariko barihutira kurondera amarori yihariye yo kurabiramwo ubwirakabiri. Ayo marori asa n’ayariko arabura ku masoko imbere y’uko ubwo bwirakabiri buba. Busanzwe bitegekanijwe ko buzoba ku wa 12 Myandagaro 2026. Abakunda gukurikirana ibijanye n’ikirere n’ibintu bidasanzwe bibera mu kirere, bazwi cane nk’abakurikiranira hafi ubwirakabiri, bariko baritegurira uwo musi udasanzwe. Ariko rero, benshi […]

Ukutumvikana hagati ya Amerika na Israel birushirizaho kwiyongera

Umushikiranganji wa mbere wa Israel, Benjamin Netanyahu, yerekanye ko adashigikiye umugambi mushasha wa Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, werekeye inyishu y’ikibazo ca Gaza, bituma amakenga ku bijanye n’ahazoshikana intambara yo muri Gaza arushiriza kwiyongera. Iryo tandukaniro riza mu gihe Amerika iriko irondera inzira yo guhagarika imirwano no gutorera inyishu ikibazo kimaze […]

Umuriro watumye abantu barenga 20.000 bimurwa mu nzu zabo

Intara ya British Columbia, mu burengero bwa Canada, irageramiwe n’umuriro ukomeye w’amashamba umaze gutuma abantu ibihumbi n’ibihumbi bahunga ingo zabo. Amakuru mashasha avuga ko hari imiriro y’amashamba irenga 100 iriko iraka muri iyo ntara, hafi igice cayo kikaba kiri mu muriro utaragenzurwa neza. Mu ndwi imwe gusa, haradutse imiriro mishasha igera kuri 78. Umuriro wa […]

Burundi:L’enseignement technique attire de plus en plus les lauréats de la 9e année

À l’approche de la rentrée scolaire, les écoles secondaires techniques attirent de plus en plus de lauréats du concours national de la 9e année. Dans certains établissements, les demandes d’inscription dépassent déjà les capacités d’accueil, alors que l’offre de formation reste insuffisante dans plusieurs localités du pays. Parents et responsables scolaires appellent à multiplier les […]

Abayobozi b’amashure baragabishwa ku mafaranga basaba abavyeyi mu gihe c’iyandikwa ry’abanyeshure

Ubuyobozi bw’intara ya Bujumbura buragabisha abayobozi b’amashure ku bijanye n’amafaranga basaba abavyeyi mu gihe co kwandikisha abana. Hisunzwe urwandiko N°620.4/DPE.BJ/RA/01/581/2026 rwo muri Myandagaro 2026, Ubuyobozi bw’Intara ya Bujumbura buramenyesha abavyeyi, abigisha n’abayobozi b’amashure ko abana binjiye mu mwaka wa mbere w’amashure y’intango batarihishwa amafaranga yo kwiyandikisha. Kwiyandikisha ni ku buntu. Birabujijwe gusaba abavyeyi amafaranga yitwa […]

Ubutaka bw’Uburundi burageramiwe n’inzuzi zibugabura n’ibindi bihugu

Ubutaka bw’Uburundi ku nkengera z’inzuzi zibugabura n’ibihugu vya repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo hamwe n’Urwanda zirabangamiwe n’ibikorwa vy’abantu, bituma ubutaka bw’uburundi butera bwimukira muri ivyo bihugu kubera ko zimwe muri izo nzuzi nka Rusizi na Ruhwa zataye inzira. Mw’ikete Buramatari w’intara ya Bujumbura aherutse kwandikira ba musitanteri b’amakomine ahana urubibe n’ivyo bihugu, abasaba gukurikirana […]

Des agriculteurs plaident pour des études des sols

Au Burundi, des agriculteurs veulent mieux comprendre la terre qu’ils cultivent. Réunis à Bujumbura à l’occasion du 11ᵉ Forum africain sur l’agribusiness, ils plaident pour un accès accru aux analyses des sols et au renforcement de la recherche agronomique. Selon eux, connaître la composition et les caractéristiques des terres permettrait de choisir les cultures les […]

Les autorités provinciales de Bujumbura et Burunga alertent sur le morcellement des terres burundaises vers les pays voisins

Alors que les gouverneurs des provinces Bujumbura et Burunga signalent le morcellement des terrains vers les pays limitrophes du Burundi suite aux rivières qui le séparent de ces pays, les es acteurs environnementaux estiment que les administratifs locaux ne seraient pas imprégnés du code de l’eau pour la protection de ces terrains. Dans une correspondance […]

Budget 2026 : PARCEM s’interroge sur l’efficacité de la forte hausse des dépenses publiques

Alors que le gouvernement burundais a lancé le 1er juillet 2026 les activités liées au nouvel exercice budgétaire, le directeur national de PARCEM, Faustin Ndikumana, appelle à une réflexion approfondie sur l’efficacité des politiques budgétaires mises en œuvre ces dernières années. Selon lui, l’augmentation spectaculaire du budget de l’État ne s’est pas traduite par une […]

Bujumbura : les conducteurs de deux-roues demandent un prolongement du délai de vérification

 Entre compréhension de la mesure et contraintes du quotidien, les conducteurs de motos, de mobylettes et de vélos de la ville de Bujumbura saluent l’opération de vérification de l’authenticité des autorisations spéciales de circulation. Ils demandent toutefois aux autorités de prolonger le délai prévu pour cette opération et de multiplier les centres de vérification afin […]

Un étage de Falcon 9 va percuter la Lune et pourrait créer un nouveau cratère

L’étage supérieur d’une fusée Falcon 9 de SpaceX doit s’écraser accidentellement sur la Lune ce mercredi. Lancé à une vitesse proche de 8 700 km/h, cet engin d’environ quatre tonnes pourrait provoquer la formation d’un cratère visible à la surface lunaire. Les scientifiques espèrent également observer le spectaculaire nuage de poussière qui devrait accompagner l’impact. […]

radio