Hagiye gushirwaho internet yo ku buntu
Mu ntumbero yo guteza imbere ubuhinga bwa none, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye amenyesha ko hagiye gushirwaho internet yo ku buntu mu bibanza nka Jardin public bihuriramwo abantu benshi kugira bashobore…
























