Inyuma yo kumara imisi itari mike arwarirye mu bitaro vyo mu gihugu c'Ubuhindi RailaOdinga yahoze ari Umushikiranganji wa mbere w'igihugu ca Kenya yitavye Imana ku myaka 80 y'amavuka. Urupfu rwiwe rutangajwe mu…
Kenny Claude Nduwimana na Didier Ndihokubwayo barengutse imbere ya sentare mu mwambaro w'icatsi kibisi , umwa mbaro w'abanyororo. Kenny Claude yarengutse imbere ya sentare isubiramwo imanza ya Bujumbura inyuma…
Mu nkuka ya misa yo gusabira umuganwa Rudoviko Rwagasore, incungu y'ukwikukira kw'Uburundi yabereye muri cathédrale Regina Mundi mu gisagara ca Bujumbura kuri uno wa mbere igenekerezo rya 13 Gitugutu 2025, aho…
Jean Noël Nshimirimana arongoye ihinguriro Superbat mu Burundi amenyesha ko hagiye gutangwa umutonore w'imodoka ku muririmvyi azoba yakoze neza gusumba abandi. Yabimenyesheje mu kiganiro ku banditsi…
Ivyo bisanzwe bikorwa uko umwaka utashe n'ishirahamwe Fondation Pax Burundi risanzwe ritunganya iryo higanwa ryitiriwe incungu (Coupe des Héros) muri basketball. Ni incuro igira 8 batunganije iryo higanwa rizotangura…
Umuririmvyikazi Khailla Keza ni umwanditsi w’indirimbo «Ayi we» ubona ko iriko iravyifatamwo neza ku rubuga rwa youtube. Iyo mvukira yo muri karitiye Nyakabiga mu gisagara ca Bujumbura asaba abakunzi biwe ko boguma…
Umwigeme wo muri zone Murima ku gacimbiri Nyakararo muri komine ya Kayanza ari mu bitaro akitswe n'amagara inyuma y'aho ku musi wa mungu uheze igenekerezo rya 5 gitugutu 2025 yavyaye umwana aca aramuniga maze…
Iryo higanwa rikaba ryatanguye kw'igenekerezo rya 5 Gitugutu 2025 ririko ribera mu Burundi ku rwego mpuzamakungu mu kunyonga amakinga mu muce w'abigeme. Ihiganwa rikaba ryatanguriye muri komine Cankuzo mu Ntara ya…
Romeo Vancy Mabanza ni umukinyi mushasha asanzwe afise amamuko mu gihugu kibanyi ca Congo Brazzaville. Uwo mukinyi akaba yatumweko mu mugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba ku ncuro yiwe ya mbere. Vancy asanzwe akina mu…
Inama nshingamateka yemeje kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 06 Gitugutu 2026 integuro zitatu z'amabwirizwa zirimwo iyijanye no kunagura integuro y'ibwirizwa rikuraho impusha canke Visa ku barundi bafise impapuro…
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yongeye kwizera Désiré Manirakiza ngo abandanye kurongora umugambi w'igihugu PAEEJ ujejwe kugwiza akazi mu rwaruka no kurushigikira mu migambi yarwo. Biri mw'itegeko…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 06 Gitugutu 2025 igihe c’isaha icenda ( 15h00) niho umugwi Flambeau du Centre w’i Gitega wakira umugwi Aigle Noir ku kibuga citiriwe Intwari mu rukino rw’indwi igira indwi rwa…
Imigwi itatu y'abadashikana imyaka 18 bakina urukino rw'amaboko rwo ku musenyi #Beach_Volleyball yafashe urugendo ku muhingamo wo kuri uwu w'Imana igenekerezo rya 5 Gitugutu 2025, aho yitavye ihiganwa…
Inyuma y’imyaka igera kuri 13 akina mu gihugu c’Urwanda mu migwi nka APR Fc , Rayon Sports , Kiyovu Sports , Kizigenza wa kera w’intamba mu rugamba Nizigiyimana Karim Makenz yaraye ahawe ubwene gihugu bw'u Rwanda .…
Ku ncuro igira 5 Uburundi bugiye kwakira iryo higanwa mpuzamakungu kuva kw'igenekerezo rya 5 gitugutu gushika kurya 11 gitugutu 2025 mu rukino rwo gusiganwa ku makinga mu gisata c'abigeme. Iryo higanwa…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 03 Gitugutu 2025 igihe c’isaha indwi ( 13h00) , niho Staff y’Intamba mu rugamba isanzwe iba ku mugabane wa Buraya irongowe n’umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu…
Bivugwa na Lydia Nsekera asanzwe arongoye CNO mu Burundi, avuga ko hategekanijwe imiriyaridi 30 (30.000.000.000 Fbu) kugira hubakwe ico kibuga gisakaye c'inkino z'umupira w'amaboko Arena. Akaba yabivugiye mu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ku mugaragaro ibiciro vy’amatike y’urukino ruzohuza Intamba mu rugamba na Kenya kw'igenekerezo rya 09 Gitugutu 2025 ku kibuga Intwari. Ayo matike yatanguye…
Kizigenza w’intamba mu rugamba Nsabiyumva Frederic Ntazoboneka mu nkino 2 Uburundi bwimirije gukina n’igihugu ca Kenya hamwe na Gabon muri kuno kwezi kwa Gitugutu. Ku musi wa mbere niho umumenyereza w’intamba mu rugamba…
Iyo ubworozi bw'imbata bukozwe neza buratuma haboneka kare inyungu nk'uko bamwe mu bazororeye mu ntara ya Bujumbura bavuga. Imbata ziri mu bitungwa biguruka bidakunze guterwa n'indwara. Urbain Kwizera ni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.