Leta zunze ubumwe za Amerika kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 11 Nyakanga 2026, baribuka imyaka 25 iheze habaye ibitero vy’iterabwoba vyahitanye hafi abantu 3,000. Ivyo bitero vyabaye ku wa 11 Nyakanga 2001, aho abantu 19…
Abanyagihugu bo muri Gambia bazondukiye biyerekana mu bice bitandukanye vy’igihugu kubera ikibazo c’ikena ry’umuyagankuba kimaze igihe kitari gito, aho mu turere tumwe tumwe bavuga ko umuriro ushobora kumara amasaha agera…
Reta ya Kenya yasavye imbabazi Abarundi baba muri ico gihugu, inyuma y’uko bamwe muri bo bavuze ko batewe ubwoba canke bagiriwe nabi. Ibi vyabaye inyuma y’amajambo Perezida wa Kenya, William Ruto, yavuze ku banyamahanga…
Bamwe mu barundi bakora urudandaza rutoruto mu gihugu ca kenya kuri uyu wa mbere ntibakoze iyo mirimo kugutinya guharikwa ninzego z’umutekano,inyuma yaho mu ndwi iheze umukuru w’ico gihugu William Ruto atanze…
Perezida wa Kenya, William Ruto, yatangaje ko abanyamahanga bakora ubudandaji buto buto, harimwo n’abatembereza ibidandazwa mw’ibarabara, batazokwongera gukora iyo mirimo muri Kenya guhera ku wa mbere, itariki 7 Nyakanga…
Ishirahamwe Wanaw Sport Wear ryo muri Ethiopiya risanzwe ryambika imigwi nserukira bihugu itandukanye harimwo n'umugwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu rugamba ryasubiriye kwizerwa gusubira gukorana…
Abakozi bo mu gisata co kwunguruza abantu n'ibintu bakoresheje indege muri Kenya bahagaritse imyiyerekano bari bamazemwo imisi ibiri, baca basubira ku mirimo yabo inyuma y’uko bumvikanye n’Ubushikiranganji bwo gutwara…
Urunani rw’amashirahamwe y’abavuza imiti kama mu Burundi RNATP ruvuga ko ibijanye no gukora ubushakashatsi mu bijanye n'ubwo buvuzi mu gihe ca none bitaratera imbere. Ubushikiranganji bujejwe amagara y'abantu ariko…
Abantu 12 barapfuye abandi 54 barakomereka inyuma y’umuriro ukomeye wadutse mu mashamba mu bice bitandukanye vyo mu buraruko bushira ubuseruko bwa Algérie kuwa gatatu, igenekerezo rya 26 Myandagaro 2026. Uwo muriro wadutse…
Abantu barenga 50, benshi muri bo bagizwe n'abana, barapfuye inyuma y’aho ubwato bari barimwo bwibiye mu mazi hafi y’ahitwa Gorau, mu karere ka Goronyo, muri Leta ya Sokoto, mu buraruko bushira uburengero bwa Nigeria.…
Leta ya Brazil yatangaje umugambi uzotwara hafi imiliyoni 444 z’amadolari ya Amerika mu guteza imbere ubuhinga bw’ubwenge buhingurwa na mudasobwa, buzwi nka Artificial Intelligence (AI). Uyu mugambi ugamije kongera ubushobozi…
Umunyamwuga azwi ku mbuga ngurukanabumenyi mu gihugu ca Nigeria yatawe muri yompi n'inyamiramabi akekwa kuba yaragize uruhara mu rudandazwa rw'ibiyayuramutwe bizwi nka cocaine. Afolabi Kazeem Michael, azwi cane…
Abarimyi bo mubice bitandukanye vy’igihugu barabandanya kwidogera ikena ry’ifumbire ribandanya kwibonekeza. Muri commune Butaganzwa y’intara ya Buhumuza, bamwe mubarimyi baho bavuga ko ubu bitagikunda ko umwimbu ugenda neza…
Umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora mu gihugu ca Zambia wahagaritse igikorwa co guharura amajwi no gutangaza ivyavuye mu matora yabaye ku wa 13 Myandagaro 2026, inyuma y’amakuru avuga ko hari bamwe mu bakozi bawo…
Jared Kushner, umuhanuzi mukuru wa Perezida wa Leta zunze ubumwe za Amerika Donald Trump akaba n’umukwe wiwe, bitegekanijwe ko aja muri Israël na Misiri mu ndwi iza, mu biganiro vyo kurondera umuti w’intambara imaze igihe…
Abarimyi bo muri zone Muyira komine Mukaza intara ya Bujumbura bashikiriza amakenga bafise ku coba caratumye badasabwa amahera yo kuriha ifumbire y'irima ry'agatasi ryimirije. Babaza ko ata fumbire bazohabwa muri…
Abantu benshi mu Bwongereza bariko barihutira kurondera amarori yihariye yo kurabiramwo ubwirakabiri. Ayo marori asa n'ayariko arabura ku masoko imbere y’uko ubwo bwirakabiri buba. Busanzwe bitegekanijwe ko buzoba ku wa…
Umushikiranganji wa mbere wa Israel, Benjamin Netanyahu, yerekanye ko adashigikiye umugambi mushasha wa Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, werekeye inyishu y’ikibazo ca Gaza, bituma amakenga ku bijanye…
Intara ya British Columbia, mu burengero bwa Canada, irageramiwe n’umuriro ukomeye w’amashamba umaze gutuma abantu ibihumbi n’ibihumbi bahunga ingo zabo. Amakuru mashasha avuga ko hari imiriro y’amashamba irenga 100 iriko…
Ubuyobozi bw’intara ya Bujumbura buragabisha abayobozi b’amashure ku bijanye n’amafaranga basaba abavyeyi mu gihe co kwandikisha abana. Hisunzwe urwandiko N°620.4/DPE.BJ/RA/01/581/2026 rwo muri Myandagaro 2026, Ubuyobozi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.