Kazuyoshi Miura, umukinyi w’umupira w’amaguru w’Umuyapani w’imyaka 58, arabandanya akina umupira z'amaguru nk'uwabigize umwuga. Kazuyoshi Miura akaba yavutse igenekerezo rya 26 ruhuhuma 1967. Kazuyoshi yatanguye…
Mu gihe igihugu ca Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo (RDC) kibandanya guhura n’ibibazo vy’umutekano n’ukwiyongera kw’amatati ashingiye k’amoko, igisirikare ca FARDC camenyesheje ko cahagaritse umuvugizi waco, Jenerali…
Muri Sudan, abantu barenga 200 barishwe mu bitero vyakozwe n’igisirikare ca Rapid Support Forces (RSF) muri Darfur, nk'uko bishikirizwa n’ivyegeranyo vya ONU. Muri uyu mwaka turiko turasozera wa 2025, intambara hagati…
Mw'isoko ya Ruziba, haribonekeza ubukene bw’ibikoresho ndagakaranga. Abaguzi, abadandaza hamwe n’abajisha baravuga ko ibihe bigoye vy'ubutunzi hamwe n’ihindagurika ry’ibihe vyatumye ibirago bizimba cane, bakabona ko…
Umuririmvyi Mista Champagne, ari umutumire kuri Radio Indundi Culture kuri uyu wa mbere, yahamagariye abaririmvyi b’Abarundi kubaha bakuru babo, arashigikira uruhara rwa Big Fizzo mu muziki ndundi kandi agashimangira ko…
Ishirahamwe rijejwe kudandaza ibitoro mu Burundi, Sopebu, rimenyesha ko kuva ubu imodoka cumi za mbere zizofatwa zitonze kuri station itariko iratanga igitoro zizoca zimara amezi abiri zidasubiye kunywesha. Mw'itangazo…
Faustin Ndikumana aramutswa Parcem yerekana ko hari vyinshi bigihanze Uburundi kugira butere imbere. Hari mu mwihwezo w'ishirahamwe Parcem wagizwe kuri uyu wa 22 Kigarama 2025, kw'isubirwamwo ry'amafaranga Reta…
Perezida wa reta zunze ubumwe za Amerika, Donald Trump, yafashe ingingo yo guhagarika vy’agateganyo porogarama izwi nka “Diversity Visa Lottery” canke “Green Card”, inyuma y’ivyaha vy’ubwicanyi vyagirijwe Claudio Manuel Neves…
Mu bihugu bimaze kwitaba iri ihiganwa, harimwo ibihugu vyo muri Afrika yo mu buseruko ari vyo nka Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo (RDC), Tanzaniya hamwe na Uganda, vyose bikaba bifise intumbero yo kwerekana ico…
Nk'uko biri mw'itangazo Umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo umutekano Léonidas Ndaruzaniye yasohoye kuri uyu wa 17 Kigarama 2025, impunzi z'abanyekongo zashikiye mu mihana y'incuti n'abagenzi canke…
Ku mugoroba wo ku wa gatatu igenekerezo rya 17 Kigarama 2025, ku mutumba Butare, zone Kayogoro, komine Makamba, mu ntara ya Burunga, haratowe uruyoya rw’umuhungu rwari ruhambwe mw’ivu rukiri ruzima. Urwo ruyoya rwabonwe…
Mu ntango za Kigarama 2025, Perezida wa Leta zunze ubumwe za Amerika, Donald Trump, yamenyesheje ko igihugu ciwe cafashe ubwato bunini bwuzuye igitoro hafi y’inkengera z’igihugu ca Venezuela. Ibi vyatumye haba umudugararo…
Hari neza na neza mu masaha y'imbere y'umutaga wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 10 Kigarama 2025, aho hatangura kuvugwa ko hari ikiziga cari mu buruhukiro bw'ibitaro Roi Khaled mu gisagara ca Bujumbura…
Abasirikare batari bake bo mu gisirikare ca Sudan (SAF) bahungiye muri Sudani y’epfo, inyuma yo kuva mu bice vyabo bisanzwe birimwo igitoro muri Heglig, ku bitero bikomeye cane vy’ingabo za Rapid Support Forces (RSF).…
Muri Uganda, igiporisi camenyesheje ko kigiye gutangura amatohoza ku vyagiriji vy’uko bamwe mu baporisi baco bakubise abanyagihugu bashigikiye umukandida atavuga rumwe n’ubutegetsi Robert Ssentamu Kyagulanyi, azwi nka Bobi…
Mu gihe hasigaye umunsi umwe gusa ngo habe imyiyerekano yiswe iy’ amahoro kandi idafise iherezo, yahamagajwe kuri uyu wa 09 Kigarama 2025 muco bise “#D9”, uyu munsi niwo igihugu ca Tanganyika caronkeye intahe…
Haraye handitswe urupapuro rushasha mu mateka y’akarere k’ibiyaga bini, aho abakuru b’ibihugu vya Repuburika iharanira demokarasi ya Congo (RDC) n’u Rwanda bateye umukono ku masezerano y’amahoro n'iterambere i Washington…
“Sean Combs: The Reckoning” ni ireresi y’uruhererekane (docuseries) igizwe n’ibice bine, yakozwe na Curtis “50 Cent” Jackson afatanyije n’umuyobozi Alexandria Stapleton. Curtis “50 Cent” Jackson ni umwe mu baririmvyi…
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye, yatumiwe na mugenzi we arongoye igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump i Washington DC aho hategekanijwe ibirori vyo gusinya amasezerano hagati ya Repuburika y’ u Rwanda…
Mu ntumbero yo guteza imbere ubuhinga bwa none, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye amenyesha ko hagiye gushirwaho internet yo ku buntu mu bibanza nka Jardin public bihuriramwo abantu benshi kugira bashobore…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.