Kim ju Ae, umukobwa wa Perezida wa koreya ya ruguru, Kim Jong Un ariko arashirwa imbere mu bikorwa bikomeye vy'igihugu. Ivyo bikaba vyatumye hibazwa nimba ariko arategurwa kuzomusubirira ku butegetsi bw'ico gihugu…
Ubushuhe burenze bwugarije umugabane wa Buraya burateye ikibazo gikomeye. Mu Bufaransa, bwarengeje degré Celsius 44 mu bice bimwe bimwe vy'igihugu. Abantu barenga 40 bamaze kwitaba Imana. Benshi muri bo bakaba bapfiriye…
Mu gihe intambara hagati ya Ukraine n'Uburusiya ikomeje kwiyongera, Ukraine yongereje ibitero ikoresha indege zitagira abazitwara, "drones", n'ibindi bikoresho vya gisirikare mu karere ka Crimea, kari mu…
Reta zunze ubumwe za Amerika na Iran bateye intambwe nshasha mu biganiro bibera mu Busuwisi, bifise intumbero yo kugabanya ukutumvikana kumaze amezi meshi guhungabanya umutekano wo mu buseruko n'ubutunzi bw'isi.…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru rya Tunisia (FTF) ryafashe ingingo yo kwirukana umumenyereza mukuru w’umugwi w’igihugu, Sabri Lamouchi, inyuma y’amasaha makeyi gusa umugwi wiwe utsinzwe na Sweden ibitsindo 5 kuri 1 mu rukino…
Ishirahamwe PARCEM risaba ko Reta yorekurira abadandaza babishoboye kuzana igitotoro nkuko yabigize kukidandazwa c’isukari. Reta yo ivuga ko cohava kica kizimba nkuko biri muri bimwe mubihugu bibanyi. Mw’itangazo yasohoye…
Mu gihugu ca Afrika y'epfo, abimukira bava mu bindi bihugu vyo ku mugabane wa Afrika bamaze igihe baba muri ico gihugu bariko barashikirwa n'ingorane zikomeye zituruka ku bitero vy'urwanko rukorerwa…
Abakenyezi bo ku mutumba Burima bidoga ko iyo bagiye kwibarukira ku bitaro bitandukanye barihishwa amafaranga kandi bazi ko itegeko ryo kwibaruka ku buntu ritarahinduka. Umwe muri abo bakenyezi yaganiriye n'insamirizi…
Abo bangendesha izo pikipiki bari bahawe impusha n'uburongozi bw'intara ya Bujumbura kuva mu mwaka w'i2022. Abatunze izo ngendeshwa uko umwaka utashe bakaba babwirizwa kurondera izindi ibitariko biborohera muri…
Isi yose iri mu mwiteguro ukomeye mu gihe hasigaye amasaha make ngo hatangure ihiganwa rikomeye kuruta ayandi yose mu mupira w’amaguru, ariryo igikombe c’Isi. Kuva ku musi w'ejo, abakunzi b’umupira hirya no hino kw’isi…
Hari umugambi wo kwitegurira kugwanya ingwara ya Ebola ku mugabane wa Afrika uzotwara amafaranga angana n'imiriyoni 518 z’amadorari y’abanyamerika. Uwo mugambi uzoshirwa mu ngiro n’ishirahamwe ritaho amagara…
Domingos Simoes Pereira ni umwe mu banyapolitike bazwi cane kandi bafise ijambo rikomeye muri Guinea-Bissau. Yavutse mu mwaka wa 1963 i Farim, mu buraruko bw’ico gihugu. Yize ivy’ubwubatsi n’ubuhinga muri kaminuza zo mu…
Kwamamaza ubutunzi bw'abatunzi bo muri Afrika birabandanya kwiyongera ku rugero rutangaje mu gihe ubuzima bw'abanyagihugu benshi burushiriza kugorana. Ivyo biri mu vyashizwe ahabona n'ishirahamwe mpuzamakungu…
.Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, bivugwa ko yagiranye ikiganiro gikomeye kandi c’amatati n’Umushikiranganji wa mbere wa Isirayeli, Benjamin Netanyahu, ku bijanye n’ukwiyongera kw’ibitero vya gisirikare…
Mu gihugu ca kenya, uno musi igenekerezo rya 1 Ruheshi 2026, habaye imyiyerekano ikomeye cane mu gisagara ca Nanyuki aho abanyagihugu amajana bazindukiye mu mabarabara kwiyamiriza umugambi wo kwubaka ikigo co kwakiriramwo no…
Bamwe mu bavyeyi bo muri zone Rubirizi komine Ntahangwa intara ya Bujumbura baravuga ko abana babo bafise ibibazo biterwa no gufungura nabi. Zimwe mu mvo n'uko badashobora kuronka imfungurwa zikenewe bitumwe…
Aho hambere, abantu bararonka umwanya wo kugenderanira, kuganira no gusangira ivyiyumviro. Ababanyi baricara hamwe ku mugoroba, imiryango igasangirira hamwe imfungurwa kandi abantu bagafashanya mu buzima bwa misi yose. Ariko…
Muri kino gihe, kimwe mu bintu biriko biravugwa cane muri Afrika ni ukwiyongera kw’urwaruka rushaka kuja hanze y’ibihugu vyabo. Benshi barota kuja i Buraya, muri Amerika, Canada canke mu bihugu vya Aziya n'ahandi kugira…
Umukuru w'igihugu cu Burundi Evariste Ndayishimiye yasavye ko inama y'umutekano y'ishirahamwe mpuzamakungu ONU isubirwamwo kugira Afrika ironke ubuserukizi budahoraho gusa ahubwo bwama bujanye n'ubwinshi…
Mu gihugu kibanyi ca repubirika iharanira demokarasi ya Congo, ingwara ya Ebola iriko itera intuntu abanyagihugu baho. Imiryango myinshi irabura uburyo bwo gufubana iteka abayo bahitanwa n'iyo ngwara. Agihinda…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.