Ishirahamwe Wanaw Sport Wear ryo muri Ethiopiya risanzwe ryambika imigwi nserukira bihugu itandukanye harimwo n'umugwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu rugamba ryasubiriye kwizerwa gusubira gukorana…
Abakozi bo mu gisata co kwunguruza abantu n'ibintu bakoresheje indege muri Kenya bahagaritse imyiyerekano bari bamazemwo imisi ibiri, baca basubira ku mirimo yabo inyuma y’uko bumvikanye n’Ubushikiranganji bwo gutwara…
Urunani rw’amashirahamwe y’abavuza imiti kama mu Burundi RNATP ruvuga ko ibijanye no gukora ubushakashatsi mu bijanye n'ubwo buvuzi mu gihe ca none bitaratera imbere. Ubushikiranganji bujejwe amagara y'abantu ariko…
Abantu 12 barapfuye abandi 54 barakomereka inyuma y’umuriro ukomeye wadutse mu mashamba mu bice bitandukanye vyo mu buraruko bushira ubuseruko bwa Algérie kuwa gatatu, igenekerezo rya 26 Myandagaro 2026. Uwo muriro wadutse…
Abantu barenga 50, benshi muri bo bagizwe n'abana, barapfuye inyuma y’aho ubwato bari barimwo bwibiye mu mazi hafi y’ahitwa Gorau, mu karere ka Goronyo, muri Leta ya Sokoto, mu buraruko bushira uburengero bwa Nigeria.…
Leta ya Brazil yatangaje umugambi uzotwara hafi imiliyoni 444 z’amadolari ya Amerika mu guteza imbere ubuhinga bw’ubwenge buhingurwa na mudasobwa, buzwi nka Artificial Intelligence (AI). Uyu mugambi ugamije kongera ubushobozi…
Umunyamwuga azwi ku mbuga ngurukanabumenyi mu gihugu ca Nigeria yatawe muri yompi n'inyamiramabi akekwa kuba yaragize uruhara mu rudandazwa rw'ibiyayuramutwe bizwi nka cocaine. Afolabi Kazeem Michael, azwi cane…
Abarimyi bo mubice bitandukanye vy’igihugu barabandanya kwidogera ikena ry’ifumbire ribandanya kwibonekeza. Muri commune Butaganzwa y’intara ya Buhumuza, bamwe mubarimyi baho bavuga ko ubu bitagikunda ko umwimbu ugenda neza…
Umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora mu gihugu ca Zambia wahagaritse igikorwa co guharura amajwi no gutangaza ivyavuye mu matora yabaye ku wa 13 Myandagaro 2026, inyuma y’amakuru avuga ko hari bamwe mu bakozi bawo…
Jared Kushner, umuhanuzi mukuru wa Perezida wa Leta zunze ubumwe za Amerika Donald Trump akaba n’umukwe wiwe, bitegekanijwe ko aja muri Israël na Misiri mu ndwi iza, mu biganiro vyo kurondera umuti w’intambara imaze igihe…
Abarimyi bo muri zone Muyira komine Mukaza intara ya Bujumbura bashikiriza amakenga bafise ku coba caratumye badasabwa amahera yo kuriha ifumbire y'irima ry'agatasi ryimirije. Babaza ko ata fumbire bazohabwa muri…
Abantu benshi mu Bwongereza bariko barihutira kurondera amarori yihariye yo kurabiramwo ubwirakabiri. Ayo marori asa n'ayariko arabura ku masoko imbere y’uko ubwo bwirakabiri buba. Busanzwe bitegekanijwe ko buzoba ku wa…
Umushikiranganji wa mbere wa Israel, Benjamin Netanyahu, yerekanye ko adashigikiye umugambi mushasha wa Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, werekeye inyishu y’ikibazo ca Gaza, bituma amakenga ku bijanye…
Intara ya British Columbia, mu burengero bwa Canada, irageramiwe n’umuriro ukomeye w’amashamba umaze gutuma abantu ibihumbi n’ibihumbi bahunga ingo zabo. Amakuru mashasha avuga ko hari imiriro y’amashamba irenga 100 iriko…
Ubuyobozi bw’intara ya Bujumbura buragabisha abayobozi b’amashure ku bijanye n’amafaranga basaba abavyeyi mu gihe co kwandikisha abana. Hisunzwe urwandiko N°620.4/DPE.BJ/RA/01/581/2026 rwo muri Myandagaro 2026, Ubuyobozi…
Ubutaka bw’Uburundi ku nkengera z’inzuzi zibugabura n’ibihugu vya repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo hamwe n’Urwanda zirabangamiwe n’ibikorwa vy’abantu, bituma ubutaka bw'uburundi butera bwimukira muri ivyo…
Uburongozi bwa komine Mukaza buranegura ingendo ya bamwe mu ndongozi batitabiririye umusi mukuru wahariwe amakomine.hahimbazwa uwo musi mukuru kuri uyu wa gatandatu musitanteri Aline Bigirimana yavuze ko mu bisanzwe indongozi…
Umukuru w'Igihugu yagirije bamwe munyamiramabi kutarangwa n'akarangamutima bakorohereza akajagri mukurya ibiturire. Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye anegura igiturire kiranga bamwe mu bapolisi, ibituma…
Amashirahamwe 55 agize ishirahamwe ry’umupira w’amaguru i Buraya, UEFA yatoreye hamwe, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Mukakaro 2026, ko yoshobora kwanka kwitaba ihiganwa ry’igikombe c’isi hamwe n’ayandi mahiganwa…
Bamwe mu banyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko gushika ubu ataco bazi kubijanye n'akunguko kamaze kuva mu butare haheze igihe bwaratanguye gucukurwa mu bice bitandukanye vy'igihugu. Ariko ico bemeza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.