Bamwe mu bakenyezi bakora akazi ko gucuruza ibigori vyokeje ku mabarabara mu ntara ya Bujumbura barasaba ko bokworoherezwa muri ako kazi kuko hari aho babuzwa kwotsa ivyo bigori n’abajejwe intwaro kandi…
Umuririrmvyikazi Gentille Iteriteka avuga ko umwuga wo kuririmba yawutaguye akiri muto. Yatanguye kuba umutamvyi w'amasanamu mu nyuma bimuviramwo kuba umuririrmvyi yandika indirimbo akazisohora. Arashimira abantu…
Muri za nkino z'umupira w'amaboko ziriko zirabera mu gihugu, imigwi nka Remesha, Urunani B, Les Hippos na Ball Hunters yitwaye neza itsinda inkino zabo zose mu gihe imigwi nka Simba, Université de Ngozi, Lion Team…
Dr José Chameleone, ni umuririmvyi yamuka mu gihugu ca Uganda. Aho aherukira mu Burundi mu mpera z'umwaka wa 2025, yarabonanye n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye aho yamushikirije icipfuzo c'uko…
Abashingamateka barabaza Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo umutekano igituma hagwizwa ku mabarabara instinga nyinshi zikunze kwitwa ama "barrières" kandi hari abajejwe iperereza henshi kandi bakwiye. Bakabaza…
Abakinyi ba Man City biyemeje gusubiza abafana amafaranga barishe mu kuraba urukino inyuma yo gutsindirwa muri Norvège. Umugwi wa ba kizigenza (capitaines) ba Manchester City ari bo Bernardo Silva, Rúben Dias, Erling Haaland…
Bobi Wine ni umwe mubatavuga rumwe n'ubutegetsi bw'igihugu ca Ouganda. Mu kiganira yatanze kuri BBC yamenyeshe ko atazohakana ivyavuye mu matora yo ku wa 15 Nzero 2026 kandi ko atazokwitura ubutungane kuko…
Hari umusore apfungiwe mu gasho k'igiporisi i Musigati yagirizwa kugandagura mugenziwe amucumise imbugita kuri uyu w'Imana mu masaha y'umuhingamo i Nyamugerera. Umusore Ndayikengurukiye Samuel arapfunzwe…
Mu gihugu ca Iran hakomeza kuboneka imyiyerako. Ni mu gihe haheze imisi 17 iyo myiyerakano ikomeye imaze itanguye muri ico gihugu. Abo bari mu myiyerekano bamenyesha ko biyamiriza ukuntu ubuzima bwaho buguma buzimba bakongera…
Reta Zunze Ubumwe za Amerika yemeza ko mu mwaka umwe gusa imaze guhagarikwa visa zirenga ibihumbi ijana (100.000) nk'uko bishikirizwa na Marco Rubio, Umushikiranganji w'imigenderanire ya Amerika n'ayandi…
Urwanda ruvuga ko ruherutse kugiriranira ibiganiro n'Uburundi mu mpera z'umwaka twaraye duhejeje wa 2025. Bishikirizwa na Olivier Nduhungirehe, umushikiranganji w'imigenderanire y'Urwanda n'ayandi…
Ayatollah Ali Khamenei, Imboneza yamaho mu gihugu ca Irani yagirije abari mu myiyerekano ko ari «abasuma hamwe n’abasambura igihugu» bakorera Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump. Ivyo yabivugiye mu kiganiro…
Ubuyobozi bwa commune Ntahagwa buvuga ko bugiye kwubaka amashure mu turere 3 ari two Gatumba, Kinama na Tenga ahagiye ahanini hibonekeza ibiza. Uwurongoye commune Ntahagwa yabishikiriza ku musi wa kabiri uheze, igenekerezo…
Perezida wa Venezuela Nicolas Maduro yararengutse kuri uyu wa 6 Nzero 2025, imbere ya sentare muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika ku ncuro ya mbere kuva afashwe nk’imbohe. Mu gisagara ca New York, ni ho yireguye ku vyaha…
Nk'uko bisigurwa na bano bigeme barwiriyemwo abanyeshure bo mu ntara ya Bujumbura bavuga ko ubu batoroherwa iyo ukwezi kwabo ko kuja mu butinyanka kugeze bitumwe n'uko twazimvye. Iryo zimba ry'utwo dukoresho…
Mu matora yabaye ku wa Mungu uheze igenekerezo rya 29 Kigarama 2025, Mamady Doumbouya, yahoze ari umukuru w’inzego z’umutekano akaba n’umutegetsi wa gisirikare muri Guinée, yatsindiye ikibanza c' umukuru w'igihugu…
Ni ibenga riri mu ruzi Kanyosha hagati y'amakaritiye ya Kamesa na Busoro abahegereye bahita Washington. Abamenye ico kibanza kera bagifata nk'inzira y'urukiriro, niho haheze ibihe bitazwi abantu baza…
Kazuyoshi Miura, umukinyi w’umupira w’amaguru w’Umuyapani w’imyaka 58, arabandanya akina umupira z'amaguru nk'uwabigize umwuga. Kazuyoshi Miura akaba yavutse igenekerezo rya 26 ruhuhuma 1967. Kazuyoshi yatanguye…
Mu gihe igihugu ca Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo (RDC) kibandanya guhura n’ibibazo vy’umutekano n’ukwiyongera kw’amatati ashingiye k’amoko, igisirikare ca FARDC camenyesheje ko cahagaritse umuvugizi waco, Jenerali…
Muri Sudan, abantu barenga 200 barishwe mu bitero vyakozwe n’igisirikare ca Rapid Support Forces (RSF) muri Darfur, nk'uko bishikirizwa n’ivyegeranyo vya ONU. Muri uyu mwaka turiko turasozera wa 2025, intambara hagati…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.