Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru CAF ryaraye rishize ahabona ibibuga vyemewe kwakira inkino mpuzamakungu. Ivyo bibuga CAF ivuga y’uko biri mu muce ugira 2 kandi vyemewe kwakira nk’inkino za CAN -17 , U20 hamwe na -23 , hamwe…
Umuririmvyi B Face avuga ko yashimye gushiramwo umudiho w'akaranga kugira ngo aryohere abakunzi biwe kuko benshi bamuzi akora indirimbo zinyaruka za rap. Arashima abakunzi biwe uko bagenda bakira ibikorwa vyiwe. Uwo…
Belyse Nininahazwe niwe agiye kuba umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20. Uwo mumenyereza asanzwe afise urupapuro rw'umutsindo Licence B mu vyo kumenyereza…
Umuririmvyi D One avuga ko icatumye ahindura umudiho utandukanye n’indirimbo akora aruko yashatse kwerekana akaranga k’u Burundi mu makungu. Iyo ndirimbo nshasha ni imwe mu bikorwa yakoze cane gusumba izindi arico gituma…
Umuririmvyi B Kobra avuga ko uguteba m'ugusohora indirimbo ari uko yari yagize isanganya bica bituma indirimbo yariko arategura itaboneka ku gihe. Ariko n'aho yatevye, arashima kubona yarasohotse kandi igakundwa…
Umuririmvyi Gaaga Blue avuga ko ukubura kwiwe mu muziki ari kubera yahuye n'ikibazo c’uwamufasha nka manageur yitavye Imana bica bituma ibikorwa vyiwe bicumbagira muri iyo myaka yose. Vyatumye kandi atakaza urubuga rwiwe…
Umuririmvyi Drama T avuga ko indirimbo yasohoye yise "sambolela" irimwo amajambo y'ivyo yaciyemo. Drama T agira ati: "mu kwandika indirimbo nanditse nicaye ahantu kandi nari kumwe n'umugenzi mu nyuma…
La diaspora burundaise invite les jeunes talents cachés burundais à se faire inscrire pour le concours "Inkingi z’imboneza Event’" qu’il organise dans quatre domaines dont l’art plastique (la sculpture, la peinture,…
Un groupe d'artistes burundais a récemment effectué une visite en Tanzanie, dans le cadre d'un échange culturel et économique. Cette visite leur a permis de découvrir plusieurs infrastructures stratégiques qui…
La fédération de basketball du Burundi (Febabu) a publié le calendrier des demi-finales des play-offs VBL le 13 juin 2025. Les quatre équipes qualifiées pour ces demi-finales sont Dynamo bbc qui est premier, Urunani bbc…
Umuririmvyikazi w’umurundi Nshimirimana Anne Marie avuga ko atarota ahagarika kuririmba indirimbo mpimbaza mana ahubwo agiye gukora cane muri uno mwaka. Yabishikirije inyuma yo gusohora indirimbo yise "Tur’umwe".…
Umuririmvyi Ney Je yari amaze igihe kitari gito adakora umuziki ku mvo zo kubura uburyo no gutakaza indirimbo zari zamaze gukorwa ariko ubu akaba agarutse n’indirimbo yiwe nshasha yise "Tukanyukure" ubu iriko…
Umugwi w’imisore ibiri, Guy Noel na Issac baririmba indirimbo mpimbaza-Mana bavuga ko umugwi wabo bawutanguye bari i Gitega. Haciye imyaka ibiri bari kumwe. Umuryango ukaba waravyakiriye neza. N'aho bagiye barahura…
Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano akaba kandi n’umuririmvyi Pierre Nkurikiye azwi kw'izina rya «Cinjire» haheze indwi zitatu asohoye indirimbo yise «WĀ SÈKE».…
Umuririmvyi Bain Turo avuga ko yatanguye kubona ibimenyetso bimwereka ko umwanya n'umwaya ashobora kwitaba Imana. Bimwe muri ivyo bimenyetso n'ingwara agendana muri we imubangamiye muri kino gihe. Ashaka gusigira…
Umuririmvyi w’umurundi Samy Melody avuga ko yatanguye ivyo kuririmba mu mwaka w'2014 aho yaririmba indirimbo mpimbaza-Mana. Mu nyuma yaciye aja muvyo kuririmba indirimbo z'ikibiriraho mu bunywero butandukanye mu…
Umuririmvyi w’umurundi Madiba Tha Classic avuga ko umuziki urimwo amafaranga uzi kuyarondera kuko ivyo afise uno musi abikesha umuziki. Arahanura abandi baririmvyi bamaze gufata indege no kuja gukora ibiteramo mu bihugu vya…
Agacerere Frank G80 yari amazemwo imisi ngo kavuye kuko yariko aranonosora ivyirwa bijanye n'umuziki. Arizeza abakunzi b'umuziki ndundi ko aje ubutagisubira inyuma n'indirimbo z'ubwenge. Frank aheruka…
Umuririmvyi B Face avuga ko "ukudisinga" umuririmvyi mugenziwe Drama T vyavuye kuri we yamusotoye umwanya muremure. Avuga ko yihanganye kenshi ateba ararengerwa niko guca amwishura. B Face agira ati :«Kubona Dram T…
Umuririmvyi Izere avuga ko indirimbo aheruka gusohora yise "isengesho" ivuga ahanini ku buzima yaciyemwo muri kahise. Kubona yasohotse uyu mwaka yakozwe kera ngo vyavuye ku kibazo c'uburyo. Ubu uwo muririmvyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.