Umuririmvyi Gaaga Blue avuga ko ukubura kwiwe mu muziki ari kubera yahuye n'ikibazo c’uwamufasha nka manageur yitavye Imana bica bituma ibikorwa vyiwe bicumbagira muri iyo myaka yose. Vyatumye kandi atakaza urubuga rwiwe…
Umushikiranganji w'ukwivuna abansi n'ukwitaho abahoze ku rugamba, Alain Tribert Mutabazi yabivuze kuri uyu wa 15 mukakaro 2025 mu kiganiro n'abamenyeshamakuru amenyesha aho ubutumwa abasirikare b'abarundi…
Abanyagihugu baba muri karitiye Kajiji mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura bamenyesha ko hamaze kwibonekeza abamaze kwandura indwara ya choléra kubw'ubukene bw'amazi yibonekeza muri ako gace. Ubuyobozi bwa…
Ugeze mu kibanza co ku gasoko bita Kukabasazi, ni muri karitiye Mutanga nord, zone Gihosha mu gisagara ca Bujumbura, ubonaho amamashini ya none akoreshwa mu kubāza imbaho, imisumari hamwe n'abariko barateranya izo mbaho…
Mu ntumbero yo kwitaho no kunagura uburyo bwo gutanga amaraso hamwe n'abatanga amaraso umuryango utabara imbabare Croix Rouge Burundi ufadikanije n'uwo mu gihugu c'Ububiligi waratanze ingabire y'ibitanda…
Kuwa 4 mukakaro ubushikiranganji bw'indero bwashizeho agafashanyo ngurane gahabwa abanyeshure ba kaminuza y'uburundi biga mu makungu gushika ku mafaranga 100 y'amanyaburaya. Abanyeshure biga baba mu gihugu…
Abantu bagirizwa uburozi baba mu ducimbiri 2 two muri komine Nyabiraba intara ya Bujumbura barahohotewe. Umushikiranganji w'intwaro yo hagati amenyesha ko bageze ku ntambwe ishimije mu kurwanya abo bantu bahohotera…
Mu kigo kijejwe gutegekaniriza kazoza abakukuruke (ONPR) bariteguye kuronsa abakukuruke agahembo kangana n'amafaranga bahora baronka bakiri ku mirimo. Mu mwaka 2020, umukuru w'igihugu yasezeraniye abakukuruke…
Umuririmvyi Drama T avuga ko indirimbo yasohoye yise "sambolela" irimwo amajambo y'ivyo yaciyemo. Drama T agira ati: "mu kwandika indirimbo nanditse nicaye ahantu kandi nari kumwe n'umugenzi mu nyuma…
Mu gihe umwana ageze ko ahongoka amenyo araregarega. Umwana iyo abimenyesheje umuvyeyi uyo nawe ntamwirukangane kwa muganga iryinyo riraheza rikamerera mu mbavu ya rirya riregarega. N'ubwo biri uko birashobora kuba…
Bamwe mu barimyi b'igitoke bita akamaramasenge bo mu gisagara ca Bujumbura baratewe umutima uhagaze n'ico giterwa gisa ni'kiriko kirabura bivuye ku ngwara yabiteye. Abo barimyi bavuga ko ari uruhombo ku…
Abakukuruke babandanya bishuza agahembo kabo bemerewe n'umukuru w'igihugu, haraciye imyaka itanu. Kuri ivyo, umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca aratanga ihumure. Imyaka itanu irarangiye umukuru…
Bamwe mu barimyi bo mu ntara ya Kayanza baridoga ko batabona uko bazoronka imbuto y’ibigori mu gihe ikiro c'intete kiriko kigurishwa amafaranga ari hagati y’ibihumbi mirongo ibiri na mirongo ibiri na bitanu. Ico giciro…
Umuririmvyikazi w’umurundi Nshimirimana Anne Marie avuga ko atarota ahagarika kuririmba indirimbo mpimbaza mana ahubwo agiye gukora cane muri uno mwaka. Yabishikirije inyuma yo gusohora indirimbo yise "Tur’umwe".…
Umuririmvyi Ney Je yari amaze igihe kitari gito adakora umuziki ku mvo zo kubura uburyo no gutakaza indirimbo zari zamaze gukorwa ariko ubu akaba agarutse n’indirimbo yiwe nshasha yise "Tukanyukure" ubu iriko…
Umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira-Gihugu intamba mu rugamba w'abigeme Alain Olivier Niyungeko yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 23 bagiye kwitegurira inkino za CECAFA SENIOR WOMEN zigiye kubera mu…
Iyo miryango y'abatwa imenyesha ko akamo k'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu ko ku wa 6 ruheshi umwaka wa 2023 ko kwandikisha abana ba se batazwi n'ubu kataritabwa. N.A ni umwe muri abo…
Bamwe mu bakorera umwuga w'uburovyi k'umweha wa Kajaga, komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura barasaba kuronswa ikibanza cagutse kandi gitunganyijwe neza co gushiramwo amato yabo. Iduga ry'amazi y'ikiyaga…
Umugwi w’imisore ibiri, Guy Noel na Issac baririmba indirimbo mpimbaza-Mana bavuga ko umugwi wabo bawutanguye bari i Gitega. Haciye imyaka ibiri bari kumwe. Umuryango ukaba waravyakiriye neza. N'aho bagiye barahura…
Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano akaba kandi n’umuririmvyi Pierre Nkurikiye azwi kw'izina rya «Cinjire» haheze indwi zitatu asohoye indirimbo yise «WĀ SÈKE».…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.